NTIRANDEKURA retweeted
Nuwank’urukwavu aravuga ko rwera ❤️ plz murunde mûri commentaires amashurwe menshi twitwikire duce twirenganira gucunga imipaka 🥳🥳🥳🥳🌹🌹🌹
NTIRANDEKURA retweeted
#𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 @BubanzaProvince,𝗖𝗼𝗺𝗺𝘂𝗻𝗲 𝗚𝗶𝗵𝗮𝗻𝗴𝗮.
𝗔𝗿𝗶 𝗵𝗲?𝘆𝗮𝘁𝘄𝗮𝘄𝗲 𝗵𝗲?
𝗨𝗺𝘂𝗸𝘂𝗿𝘂 𝘄'𝘂𝗺𝘂𝘁𝘂𝗺𝗯𝗮 𝗞𝗮𝗴𝘄𝗲𝗺𝗮 𝘆𝗮𝗿𝗮𝘆𝗲 𝗮𝗯𝘂𝗿𝗶𝘄𝗲 𝗶𝗿𝗲𝗻𝗴𝗲𝗿𝗼,𝗮𝗿𝗮𝘁𝗮𝗯𝗮𝗿𝗶𝘇𝘄𝗮.
Uwo mukuru w'umutumba Kagwema yitwa NDAYIZIGA Mélance,umugabo w'imyaka 32.Arubatse,afise umwana 1,urugo rwiwe ruri kur'uwo mutumba Kagwema asanzwe arongoye.Yanyurujwe ejo hahise 09/09/2024 igihe c'isaha zitanu.
Mu vya Politique,NDAYIZIGA Mélance ni umunwanyi akomeye w'umugambwe uri ku butegetsi @CnddFdd.
Nk'uko bisanzwe,misi yose ku wa mbere,abakuru b'imitumba yose igize Commune Gihanga bama batonda ku biro vy'iyo Commune gutanga ivyegeranyo vy'akazi (Rapports).Ejo hahise,uwo mukuru w'umutumba Kagwema yaratonze mubandi ku biro vya Commune gutanga Rapport.
Akiri aho kuri Commune,isaha zitanu(11h), yabwiye bagenzi we ko hari umugenzi wiwe amuhamagaye vyihuta kugira bahurire kw'ibarabara rya gatanu rya Gihanga(aho benshi bita ku rya 5),ni kw'ibarabara rikuru rya Bujumbura_Cibitoke.Uwo muntu yamuterefonye ntarashobora kumenyekana.
NDAYIZIGA Mélance yaciye ava aho kuri Commune Gihanga yihuta,yerekaza aho ku rya 5 kwitaba wa muntu yaramuterefonye.Kuva agiye ijisho ryabaye iryo,ntawurasubira gukubita ijisho uwo mukuru w'umutumba Kagwema.Téléphone yiwe ngendanwa irazimije kuva ejo nyene.
Kw'igenekerezo ry'uno musi,10/09/2024 abiwe bagiye kuri Commune Gihanga kubaza,Musitanteri w'iyo Commune Léopold NDAYISABA ntaco yabafashije.Bagerageje kurondera ahandi hose babuze uwabo.
Amakuru dufise n'uko NDAYIZIGA Mélance Yoba yaraye anyurujwe.Inyuruzwa ryiwe rikaba ryoba rifatiye ku matati y'abo basangiye umugambwe @CnddFdd kur'uwo mutumba.Bivugwa ko hari haciye imyaka 2 Mélance agiye mu mabanga yo kurongora uwo mutumba,akaba yahagiye asubiriye mu genzi we yitwa BINTUNIMANA Zachalie yari yakuwe yagirizwa amakosa harimwo urudandazwa rwa magendo.Bivugwa rero ko kuva Mélance atanguye kurongora uwo mutumba bamwe mubo basangiye umugambwe batigeze babinezerererwa,hakaba hagumye icuka kibi.
Ni amakuru tudashoka kwemeza cane kur'iryo burirwa irengero ry'uwo mukuru w'umutumba,ico bikoze tubandanya gukora amatohoza.
Mu muryango w'uwo mukuru w'umutumba ubwoba ni bwinshi ku mutekano wiwe,barasaba inzego z'umutekano kubafasha vyihuta kumenya iyo NDAYIZIGA Mélance yatwawe.
Twibutse ko kur'uwo mutumba nyene wa Kagwema haheruka kunyuruzwa umunwanyi w'umugambwe @BurundiCnl yitwa David BAMPORIKI kw'igenekerezo rya 21/02/2024 nk'uko twaheruka kubishikiriza hano mukumutabariza:xitter.cf/KingBurundian/status/1…
Kuva uwo munyagihugu BAMPORIKI David anyuruzwa,amezi abaye 7 atawuzi irengero ryiwe,amaganya ni menshi mu muryango wiwe n'utwana tw'ipfuvyi yasize.
@GeneralNeva
@Burundi_Police
@CNIDH_Bdi
#Burundi @BubanzaProvince Commune #Gihanga
Ari he BAMPORIKI David?azira iki?yatwawe he?
Umunyagihugu BAMPORIKI David,umunwanyi w'umugambwe @CnlBurundi ku mutumba #Kagwema,Zone #Gihanga yaranyurujwe mw'ijoro rya hirya y'ejo le 21/02/2024 hagati ya 20h na 21h.
Agifatwa,yafashwe n'uwutwara igipolisi muri Commune Gihanga:MASABARAKIZA Philippe.Abanyagihugu baragerageje gutabaza biba ivy'ubusa kuko batewe ubwoba ko baca baraswa.
Gushika ubu,nta kayambu k'umunyagihugu BAMPORIKI David.Umuryango uri mu maganya n'umwiheburo.Abanyagihugu,incutu za David basaba umukuru w'igihugu @GeneralNeva kubafasha uwabo ntagirirwe nabi kuko n'abamufashe bazwi.
@CNIDH_Bdi
@Burundi_Police
Muze dukunde igihugu benewacu nta wanka kwonka nyina ngo arwaye amahere j narengana abageragej nubu bacits ifu ......
NTIRANDEKURA retweeted
Nkirya photo ya #DJKatlouse washizeko uri sûr koko ari mubabikoze ko wamwandagaje ugasubira. Mu gukora ibintu bubanza utohonze neza ejo ntuzohave usanga usambuye ubuzima bw'umuntu utaravye neza uzohitanwa ni bintu ukora. Mbisa nigire naho bakubwira ntiwunva.
Uburundi ntibutera imbere kbsa ivyo biri muvyasubije inyuma igihugu mu myaka yahera ubu aho tugeze umutegetsi yakira abamwituy ibiye vyose bamukenereye. Ingingo zo kuri bagaza nizo muhay muragaruka aho warondera umutegetsi umwaka wose
This Post is from an account that no longer exists. Learn more
Bunyoni arasubiye kandi?
Egoho avec le communique du Ministère en charge de l'intérieur et du developpement communautaire lu par #Martin #Ninteretse qui est à la tête de cette institution.
NTIRANDEKURA retweeted
Egoho avec le communique du Ministère en charge de l'intérieur et du developpement communautaire lu par #Martin #Ninteretse qui est à la tête de cette institution.
NTIRANDEKURA retweeted
Le Président de la République @GeneralNeva vient de nommer comme Chef du Protocole d'Etat monsieur Joseph Ndayisenga. Ce haut cadre chevronné était jusqu'ici DG Solidarité. Un homme connu pour son sens de responsabilité, calme et intelligent
#Burundi
NTIRANDEKURA retweeted
👏🏾 7 lits superposés, 14 matelas, des paquets de lait et des habitants, c'est l'assistance apportée ce 06/01/2024, par l'association #ABBA (Abana bacu) à la "Maison Iratabara" du jeune homme Désiré Ndagijimana (27 ans) de @RutanaProvince s'occupant actuellement de 46 enfants (orphelins, abandonnés, défavorisés...)
🎙️ "Depuis que nous avons eu l'information sur cette initiative, nous nous sommes convenus de donner un coup de main à Désiré Ndagijimana. Nous reviendrons encore et encourageons d'autres organisations oeuvrant dans le domaine de l'enfance pour leurs actions visant le bien-être pour chaque enfant", - Regis Nimenya, président de l'association 'Abana Bacu'
#Burundi #Jimbere
😊 Désiré Ndagijimana, 27 ans, s'occupe actuellement de 46 #enfants dont 6 bébés qu'il a recueillis
👦🏾 Depuis 2012, ce #jeune homme résidant au chef-lieu de @RutanaProvince s'occupe des enfants abandonnés, orphelins ou nés de parents souffrant de maladies mentales
💬 "Avec l'aide de l'administration, je recueille ces enfants venant de différentes provinces. Je me charge également du suivi du patrimoine de ces enfants car la plupart ont perdu leurs parents", précise Désiré Ndagijimana (+257 69 49 65 61)
#Burundi #ShowLove
NTIRANDEKURA retweeted
Replying to @Bujaprov2025
@MairieBuja @NtahangwaMairie mutubarize mbega musitanteri wa komine #ntahangwa yoba akiri murayo mabanga? Ko tumaz hafi ukwezi dutondaho adutunganirize ngo ntatonda ngo yibereye mu vyiwe @GeneralNeva @MininterInfosBi
Ibarabara buja-bugarama ntiriko rirarengana kuva 9h gushika iyi 15h55 tuvugana @yigenga @Capt_Dukundane @MielsBurundi @MininterInfosBi
NTIRANDEKURA retweeted
Isukari yagurishwa 1kg = 5000 FBI
📸: imifuko yafashwe abazi ama commune baca bahabona .
Uwujejwe intwaro bigenda gute yinjire murudandazwa?
siwe gusa nibeshi ibi biri mubituma ivyankenerwa bibura
NTIRANDEKURA retweeted
SG @R_Ndikuriyo is participating in the #BRICS Political Parties Plus Dialogue 2023 hosted by the #ANC on the role of BRICS in the attainment of peace, harmony and shared development, economic growth, prosperity and peaceful resolution of conflict. #BRICSInAfrica2023. #Burundi
NTIRANDEKURA retweeted
Mwomubaza iki koyaciye kibiri (2mill) ntimumukoroge wanaaa🤣🤣🤣😂😂 @umuhirwaa @DwimaEdwin @yiraburaa @KarimaKabir8
NTIRANDEKURA retweeted
Validation interne du programme d spécialisation en Médecine de Famille ce vdi l 14 Avril 2023 à l'Université @espoir_afrique. Des experts en Med de Famille et differents spécialités médico-chirurgicales ont donné leur contribution pr l'amélioration du programme d cette formatio.










































