
⛪, Photographe 📸, Umunyakaranga 🇧🇮 , Informaticien💻 mail: [email protected] https://xitter.cf/t.co/GBKfl7Irvr
Joined March 2021
- Tweets25.8K
- Following324
- Followers9.8K
- Likes44.8K
Pinned Tweet
Pour toutes vos cérémonies de dot, mariage, pour tous vos concerts, anniversaires, séminaires etc., contactez-nous au 69352436.
🤩 Faites plaisir à vos yeux en visitant notre compte Instagram : instagram.com/edwin_photogra…
Avec nous, loin de vous la déception 🤌
#EdwinPhotography
Edwin Dwima Umunyakaranga retweeted
Nta jewe ata wewe
Nta wewe ata jewe
Nta twebwe ata mwebwe
Nta mwebwe ata twebwe
Si jewe canke wewe
Si twebwe canke mwebwe
Ni jewe na wewe
Ni twebwe na mwebwe
Nuko iryo jambo rigatungana
Edwin Dwima Umunyakaranga retweeted
Uwuzokorakora mw'itunga ry'Igihugu, uwuzorisesagura, azoba ahemukiye Abanyagihugu, azoba ahemukiye Uburundi bushasha, nawe Abanyagihugu ntibazomubabarira."
~ Prezida Melchior #NDADAYE 🇧🇮
#Incungu y' #Uburundi na #democratie
Edwin Dwima Umunyakaranga retweeted
Ntihagire uwitwaza itunga canke amamuko kugira akandamize abandi.
Amahoro mu mitima yanyu ,Amahoro mu ngo zanyu🙌🇧🇮
Melchior NDADAYE 🙏
🙌🏻
Nariko ndaraba amakuru @RTNBurundi nca mbona incungu ya Demokarasi S.E Melchior NDADAYE avuye mu ndege yanditse République du Burundi naryohewe, cansaba Imana ko nshaka kubona umukuru w'igihugu cacu S.E @GeneralNeva arimuyanditseko nkuko.💪Kandi ndazi Turikumwe twese bizoshoboka
Edwin Dwima Umunyakaranga retweeted
Merci @KayabagaArielle .
Keep up the good work. We are very proud of you
Edwin Dwima Umunyakaranga retweeted
🚨 Music-entertainment 🇧🇮🌟
Abahanzi batatu bibihe vyose mu muziki ndundi kubwa @AkiliKirikou :
1. @doublejayOA
2. @bigfizzo1
3. @FortranWorship
Bonus : Lino G
Mwiriwe ba Nyakubahwa🙌 @GeneralNeva @BurundiGov ikikimanga cegereye avenue de l'imprimaire (ex av de la mort) atagikozwe usivye imihana n'ibarabara rizocika gutyo bigatwara uburyo bwinshi ntakuntu cokorwa atabindi birononekara!?
Murakoze🙏
@Burundi_senat @FinancesBdi
None ivyo mwandika ntivyigera bija mu Kirundi???🥹🥹🥹🥹 basi mugire amatangazo abiri nirindi mukirundi
Weho bokwishura🥹😂😂😂😂
None #Abatwip Akabazo mfise ni kamwe konyene ku BARIRIMVYI Baha Iwacu 🇧🇮 Habuze iki ngo uru rukundo turubone basi naho kwoba ari kubeshanya basi babikine twiryohererw🤨🙆🏾♂️🙆🏾♂️
None inyuma y’amezi atatu kari gakenewe kweli?🙈😂
🚨❤️ @bface257 n’umukunzi we Ada Nevine bari mu munezero wo kuronka umwana wabo wa mbere, inyuma y’amezi atatu bakoze ubukwe. 😇
Congratulations 🎉
Umusi umwe ndipfuza kubona ama ministère menshi ahinduye côté photo🙌🏻
Min y’a communication nari nipfuza kiba exemplaire kubera iri dans le domaine 🥹
Cari iciyumviro canje murakoze🙏
En cette matinée du 16 octobre 2026, le Ministre du @MinCoMedia, Ambassadeur @ButoyiEvelyne, a reçu en audience la Représentante de l'@UNICEF_Burundi, Madame @FranceBegin2. Elle était venue lui présenter ses adieux à la fin de son mandat. La Représentante de l'@UNICEF_Burundi a tenu à souligner sa satisfaction d'avoir bien collaboré avec les autorités burundaises, mais surtout d'avoir rencontré une population si accueillante, ainsi que des autorités aussi disponibles à chaque fois qu'elles sont sollicitées. Le Ministre a remercié, de son côté, la Représentante pour les projets réalisés ensemble, notamment l'enquête CAP sur les changements climatiques au Burundi, ainsi que l'élaboration et la mise en place des outils sur les Pratiques Familiales Essentielles. Elle a souhaité une continuité avec son successeur, avec la vulgarisation de ces outils, mais également d'œuvrer ensemble pour la mise en place d'une stratégie de protection des enfants en ligne.
Edwin Dwima Umunyakaranga retweeted
Every step opens a door. Every tree shapes a future.
KCB Bank Burundi joined AKB Charity Annual Run & Mazingira Day 2026 to support a greener future and better education.
#KCBBankBurundi #MazingiraDay #RunForEducation
Edwin Dwima Umunyakaranga retweeted
#BurkinaFaso: Le pays des hommes intègres et travailleurs, ce monsieur m'a fait couler les larmes 😢, malgré la perte de sa jambe gauche 🦵 il ne baisse pas les bras pour mendier, il fait du commerce, il vend des chemises en tissus #Danfani. Que Dieu te bénisse 🙏🏿
Edwin Dwima Umunyakaranga retweeted
🔴🔴🔴🇧🇫 ÇA APAISE LE CŒUR ❤️ D’AIMER UN DIGNE FIL DU CONTENANT
AIMONS NOS HÉROS VIVANTS
Mwiriwe ministre y’a communication nyene igatanga amasanamu nkaya🥹🥹🥹
Umusi umwe muzonyikoreko kugira twerekane amasanamu ku gihugu 🙌🏻
Cari iciyumviro Canje murakoze🙏
🇧🇮 #Burundi : Le ministère de la Communication et des Médias @MinCoMedia,a lancé, ce 14 octobre 2026 à @BuhumuzaProvinc , une formation de deux jours destinée aux chargés de communication des communes, axée sur la promotion des activités locales via les plateformes numériques.
Edwin Dwima Umunyakaranga retweeted
L'@OmbudsmanBI en collaboration avec @NIMDBurundi organise un atelier de 2 jours sur la redevabilité et la transparence dans la gestion des affaires publique. Des responsables administratifs et la société civile y participent. #Burundi














































