
Ex journalist à la radio (rema),Public figure, Ex Coordonnatrice( Bene Ntare Gitega) Ceo of @natureburundisafaristours busness women ,Influencer 257music
gihosha
Joined July 2015
- Tweets4.1K
- Following570
- Followers17.3K
- Likes30.2K
Mukomeze mubeshwa ariko nta gihugu muzoronka kandi abarundi barazi neza yuko Mama Burundi abamahafi akabafasha muri vyinshi
nelly nat Burundi retweeted
Le Président des Émirats Arabes Unis, Son Altesse Cheikh Mohammed Ben Zayed Al Nahyane, a offert, ce 20 octobre 2026, un dîner de gala en l’honneur des invités internationaux, dont @Burundi1stLady, venus participer au "Abu Dhabi Health Summit."
nelly nat Burundi retweeted
Les échanges ont porté sur le renforcement des relations stratégiques et le développement de la coopération bilatérale dans le secteur de la santé, en vue de promouvoir des partenariats durables et de contribuer à l’amélioration des services de santé.
nelly nat Burundi retweeted
La Première Dame du Burundi est vraiment une leader qui consacre toute sa vie au profit de la population vulnérable dans tous les secteurs de la vie (Santé,Education,humanitaire,environnement...)
Une symbole d'une femme battante,résiliente et pleine de charme
Kuv’u Burundi 🇧🇮 buvuye muntambara niwe First Lady yazanye projet ya fecondation in vitro 🤗 ubu nta murundi akija hanze,yaba kuvuza ibibondo imitima yarazanye projet zokubakora ,abakuze babarwa amaso k’ubuntu 🥳 ,La Reine de toute l’afrique ❤️ n’i Kigali baripfuza uno Muvyeyi 💃
Intarekazi 🦁 ntavurwa mw’Izina Mama Burundi ,umuvyeyi mukuru w’igihugu 🇧🇮👌🏾 bamwe inzigo zirabica bamubonye ifoto she is the only one to be respected 🤗 Mama Africa
😩😩😩 banyarwanda mwumva biryoshe??mwaratamvye muratarika ngo mufise Indege kumbe niza IA 😭mukome kamusosi mwumve amarira mwaririmvye k’u BURUNDI 🇧🇮 dufise Imana yishura idukunda genda reo mubwire wa mutama wanyu aveho vyamunaniye kwatanguye guturira amasoko yabenegihugu 😁😁
Aha ni mugihe I Kigali biriko bibagora ,nta mazi ,nta nrya ,inzara yuzuye hose ,n’imiduga ntibakigura ,abatinganyi buzuye,urwaruka ibihumbi rwahevye ishure 😩 n’indege zokuzimya niza IA 😅 duca dutamba ako muri Congo
Zandege z’ikigali mutubwire iyo zagiye 🤣🤣🤣🤣🤣kuko biriko bitokombera imiriro yasaze ahuiiiiiiii 😂😂😂 mwavuga yuko mwozidutiza kuzimya none mwabuze niyibasobera mumihanda ibah’amazi 🤣🤣🤣🤣 delistage yamazi 🫢🫢🏃♀️
Aha n’I Burundi 🇧🇮 kumurwa mukuru wa politic aho incuti yacu ,umwe murwaruka yabikoze 😁 mbega mumbonera ya FerrisWheel i Kigali barayubatse canke zari blabla ??nabado aha ni muri Gitega capital politic 🤣🤣🤣ariko ndibutse i Kigali hangana na quartier Kinama y’ibujumbura gusa
Ah’ikigali batanguje sport kuri boss 😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nzogaruka kuvuga hanyuma 😂😂😂😂😂 vyose murabira k’u Burundi 🤣🤣🤣 nibutse yuko sport pour tous ari projet yatangujwe na First lady Burundi mwamuter’ivyatsi none abanyarwanda bamwiganye 😂😂😂🫢🏃♀️
Zino photo wa mutama w’ikigali n’abamuyoboka ntiborohewe 🥳🥳🥳🥳 tension ça va ?amatwi ansumira baramwimye visa kuko yipfuza kuja gusabikongwe kuvyo atakwirikije yasigniye i washington 🏃♀️
nelly nat Burundi retweeted
Ce samedi 26 septembre 2026, S.E. @Burundi1stLady s’est jointe à la population de la Province de #Bujumbura dans les travaux communautaires consacrés à la construction d’un monument historique au rond-point menant à l’Aéroport International Melchior Ndadaye.
Turasavye @Regideso_bdi kwisubirako kuko ibintu muriko mukora ni sabotage iboneka ntakuntu mukatira quartier zimwe izindi mukaziha ni mugire delistage muriko mwica ubuzi bw’abantu n’ubuzima bwa benshi turasavye mutang’imihoho vyabananiye kuko ntaco muriko mufasha Président 😒😒😒
nelly nat Burundi retweeted
Dans son discours SE @Burundi1stLady a réaffirmé son engagement constant en faveur de la protection des enfants, convaincue que la sécurité numérique des plus jeunes est aujourd'hui une condition incontournable de leur développement harmonieux et de leur épanouissement.






















