Pinned Tweet
Nk'umu citoyen libre ndafise uburenganzira bwo kubaza akambakiye,guterera iciyumviro canke kunegura/gukeza ibikorwa vya Leta. Ubwo bubasha ndabuhabwa na constitution. Compte ya institution étatique izomblocka nzoshingisha urubaza. Muhembwa mumakori yacu. Rendez-nous des comptes
Cubona guhemba nelly nat ngo agende kukuvugira sur les internets...
#Turarushe.
136
Hahahahahahahaha amatora twimirije ni joke gusa.
Mkombozi yagiye kurya ifoto muri @CeniBurundi
Au moment où l’artiste Thomas Nzeyimana, qui a un pied dans la politique, affirme s’être présenté à la Ceni pour le dépôt de son dossier de candidature mais qu’il n’a pas été reçu, cette Commission électorale nationale indépendante dit le contraire. « C’est vrai que Mkombozi est venu à la Ceni dimanche 22 novembre au dernier jour de dépôt des candidatures, il a salué tout le monde avec son équipe, il y en a qui prenaient des images comme s’il venait pour un clip d’une chanson », a tenu à préciser sous forme de démenti, François Bizimana, Commissaire chargé de l’Éducation électorale et de la Communication en même porte-parole de la Ceni. essentieliwacu.substack.com/…
90
Jewe #Sihoturi narabivuze...nzoguma nitereka kuri aya mayira.
Kwanza #Abatwip mko wapi? Muze hano.
xitter.cf/i/spaces/1WXZRdmokqdzK…
6
416
Me Cyriaque Karonkano : IA. @FrontRevol6kmh : IA, les nominations faites par IA pour @pacifiqueNdayi2 et @12amorFati et leurs épouses.
#Abatwip ibirenga ivyo je lance le défis.
1
4
543
#Abatwip VBG : Violence Basée sur le GOUVERNEMENT (mbere ndongeyeko du #Burundi)
Ariko muraho abo muri @MissBurundi_Org ?
Je dépose ça ici😅😅😅 @InesKid1 @iamelysgretta @Sir_Umuhirwaa2 muntunge kuba ndaba_tagginze ariko nshaka menye nimba uyu hari ico azi canke yofasha ku mabi afatiye ku gitsina. Canke yagize ubwoba?
"Incabwenge" mu gisata ca communication ryegereye umuryango wa @GeneralNeva zaraye zishize ahabona ko @pnininahazwe afise amacomptes anonymes 163 ziraba zikongera zikagira commantaires amaposts yiwe. Ariyandika akongera akisoma.
None barya bantu ibihumbi bamukurikirana bava he?
Finya mbulu matope !
Mbe @KUF_ASBL umwe wo muri @ADB_Burundi we gute? Duterekemwo amakuru bwana.
#𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶, 𝗹𝗲 𝟮𝟰/𝟭𝟭/𝟮𝟬𝟮𝟲
𝗨𝗺𝘂𝘆𝗼𝗯𝗼𝘇𝗶 𝘄𝗮 𝗣𝗔𝗙𝗘𝗡 𝗺𝘂 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 𝗮𝗵𝗲𝗷𝗲𝗷𝗲 𝗸𝘄𝗶𝗻𝗷𝗶𝘇𝘄𝗮 𝗶𝗯𝗼𝗵𝗲𝗿𝗼 𝗿𝘆𝗮 𝗠𝗽𝗶𝗺𝗯𝗮 𝗶𝗻𝘆𝘂𝗺𝗮 𝘆𝗼 𝗴𝘂𝗵𝗮𝗴𝗮𝗿𝗶𝗸𝘄𝗮 𝗻'𝗶𝗽𝗲𝗿𝗲𝗿𝗲𝘇𝗮.
Ibintu ntivyoroshe muri PAFEN inyuma kandi y'amanyanga yakozwe mw'itangwa ry'amasoko y'ubuhinga bwa none.
Bienvenu IRAKOZE, asanzwe ari umuyobozi (coordinateur) wa PAFEN mu Burundi, ahejeje gushikanwa mw'ibohero rikuru rya Mpimba, ku muhingamo w'uno wa kabiri, igenekerezo rya 24/11/2026, aho agiye kurara ijoro ryiwe rya mbere. Uwo yari yatanguye guhagarikwa n'iperereza. Tumenyeshe kandi ko asanzwe ari we secrétaire exécutif wa SETIC-Burundi.
Kubatazi PAFEN ni Projet d'Appui aux Fondations de l'Économie Numérique, umugambi wo gushira mu ngiro ubuhinga bwa none, ufashwe mu mugongo n'ibanki y'isi yose, Banque Mondiale.
Gushika ubu havugwa ko ipfungwa ry'uwo arongoye PAFEN mu Burundi rifitaniye isano n'amanyanga arimwo ibiturire vy'amafranga menshi mw'itangwa ry'amasoko ajanye n'ubuhinga bwa none mu bushikiranganji bw'ikigega ca leta.
Twibutse ko Bienvenu IRAKOZE duheruka kwerekana uruhara rwiwe mu manyanga yaranze itegurwa ry'isoko rya Logiciel SIGEFP aho yakoze ibishoboka vyose kugira iyo soko ihabwe ishirahamwe MEDIABOX, irongowe na Donatien NDAYISHIMIYE.
Tumenyeshe kandi ko amakuru twahavuye turonka yemeza ko iyo soko iheruka kwegurirwa rya shirahamwe MEDIABOX n'ubwo abatari bake bagumye basemerera mukwerekana ko bishobora gushira mu kaga uwo mugambi w'iyo Logiciel no ku gihugu.
Mbega ipfungwa ryiwe har'ico rigiye guhishura mu manyanga yaranzwe mw'itangwa ry'isoko riheruka guhabwa MEDIABOX canke mu yandi masoko ? Vyinshi tuzobigarukako.
Inkuru ya nyuma duheruka gushikiriza kur'iyo Logiciel iri hano: xitter.cf/KUF_ASBL/status/207739…
Organisation King Umurundi Freedom
@GeneralNeva, @NtareHouse, @FOCODE_, @LigueIteka
Kubadidaaaa....
Sénégal itsinze Maroc muri rwa rubanza muri Tribunal Arbitral du Sport, gutyo igikombe ca CAN2025 kiguma i Dakar.
Ka ka arbitre ko muri #RDC kari he ngo ndakabaze nti : Wumva worira?
3
269
Jewe #sihoturi wa mbere, ndarahiye ZARYAMUNGU nzoguma mbaza ibibazo bitandukanye mushake mubabare.
Tugir'amahoro. Nkaba rero niteretse kwa Bosco ntamire agacupa n'agashitwa. @KingMswatii3 ntubure kuza ngo ungirire neza.
1
8
709
Gisekedi abandanya akoza urutoke muri transfo ya haute tension ariyo Eklezia Gatorika.
Uwu bizomukomerana.
Hier à #Kinshasa, les autorités ont empêché la tenue d'une messe que le Cardinal #Ambongo, plus haut représentant de l'Église en #RDC, devait célébrer avec des milliers de jeunes. Ce lundi à #Lubumbashi, des membres du clergé et des fidèles catholiques qui marchaient pacifiquement pour réclamer justice ont été dispersés à coups de gaz lacrymogènes. Mgr Fulgence #Muteba, président de la @CENCO_RDC, a été séquestré dans sa propre résidence.
Depuis quand répond-on à la prière par la répression ? La liberté de culte et la liberté de manifester sont des droits fondamentaux. J'appelle la jeunesse congolaise à rester mobilisée pour leur défense, et la communauté internationale à la plus grande vigilance.
Les empires passent, les puissants tombent. Mais le Christ-Roi, lui, demeure. Son règne n'aura pas de fin. Ceux qui l'oublient en subiront les conséquences.
1
6
513
Madame @floriane27071 ahejeje gutangwa na
@pacifiqueNdayi2 inyuma yo kwemeza ko ari maneko agirako asaba uwuzomubona i Mahama kumenya ko aje kuneka. Agiriyeko yagiriza ico yita ama reseaux ya
@iwacuinfo ,Nininahazwe na RT ko amaraso bagirizwa bazoyahanagurwako na DD 🤣
Birakaze.
Harya ngo @Red_Tabara yarungitswe na @CnddFdd muri Congo? Revelation de l'annee dukesha @pacifiqueNdayi2
3
6
878
Ah bon? @pacifiqueNdayi2 ati : Focode ivuga ibitagenda neza vy'ubutegetsi bwa Bujumbura nk'abahanuzi b'ubwo butegetsi ngo mbere baranabihemberwa.
Puis ngo kuruyeri kurwenge igaca yigira umuvugizi wabarwanya Reta.
🤣Vyogenda gute ngo uvugire Reta n'abayirwanya en même temps?
❓️Ingabe @FrontRevol6kmh wiyita umuhari urwanya ubutegetsi bw'u #Burundi.
En même temps ugaca urwanya abatavuga rumwe na Reta ya Gitega, ukongerako n'abarwanira agateka kazina muntu???
@pacifiqueNdayi2 @12amorFati ibi mwobisigura gute?
Donko murwanya abarwanya Reta ?😅
Hier muri space ya @nellynadia3 niho @Patriote257 yavuze ko @niyogilbert1 yamwigishije Biologie mu Kabezi agirako atumenyesha ko burya ari umu cousin wa @pnininahazwe . Meme discours na @12amorFati ahejeje kwemanga ko Gilbert ari mu vyara wa Pacifique.
Ramons seulement.😂😂😂😂
3
18
2,683
Iyi space ya Ingabe bariko bavuga ibintu bikomeye cane. Ibi bintu bagirije RT, FOCODE, CAVIB, Bashirahishize, Pacifique...UE...barabifitiye ivyemezo?
@pacifiqueNdayi2 zana uwo muceri hano. Kubita ahabona ama preuves yose y'ingene abo bantu bariko baraganira kuri reta bazoshinga
5
546















