Joined May 2024
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
Ku bavukanyi bacu bo mw’idini rya Islam, Eid Mubarak! Imana ibahezagire.
46
124
1
218
5,750
142
164
8
454
38,236
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
Umukuru w'igihugu c'Uburundi akongera akaba n'Umukuru w'Inama nkuru y'Inararibonye muri #CnddFdd Nyen. @GeneralNeva ari kumwe n'indongozi nkuru nkuru z'Umugambwe @CnddFdd be n'indongozi mu nzego zose z'igihugu yabakoranije ku kirimba c'i #Muyinga m'umwiherero uzomara imisi ibiri
2
83
1
75
2,285
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
Ce 7 juin 2025, deux jours après le double scrutin du 5 juin, le Secrétaire Général du Parti @CnddFdd, Très Honorable Révérien Ndikuriyo, entouré des Secrétaires nationaux et provinciaux du Parti, a animé un point de presse à la permanence nationale sise à Ngagara. Dans son mot liminaire, il a tenu à saluer la sérénité et la maturité démocratique affichées par le peuple burundais tout le long de ce processus électoral. Il a remercié les Bagumyabanga pour la forte mobilisation, la discipline, la tolérance et l’esprit patriotique qui les ont caractérisé durant toute la période électorale. Le Secrétaire général n’a pas manqué de féliciter les médias nationaux et internationaux pour la couverture équilibrée et professionnelle de la campagne électorale, et au jour du scrutin, soulignant que leur action a renforcé la transparence du processus démocratique burundais. Rappelant que la proclamation des résultats électoraux est du ressort exclusif de la Commission Électorale Nationale Indépendante (CENI), Très Hon. @R_Ndikuriyo s’est toutefois montré confiant quant à l’issue heureuse de ce double scrutin; compte tenu des procès-verbaux collectés par les mandataires du Parti à travers tout le pays. En réaction aux préoccupations soulevées par les leaders de certains partis d’opposition au sujet de probables irrégularités observées, il a indiqué que toute contestation électorale doit être adressée aux organes habilités et s’appuyer sur des preuves concrètes. S’agissant des allégations d’intimidation, il a demandé à ce que tous les responsables soient identifiés et sanctionnés si cela est avéré. Il a terminé en appelant au respect des institutions et à attendre les résultats officiels de la CENI.
22
163
1
200
10,137
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
Ku muhingamo wo kur’uyu wa 21 Rusama 2025, Nyeniteka @R_Ndikuriyo yabandanirije ibikorwa vyo kwamamaza umugambwe @CnddFdd muri komine Bugendana aho abagumyabanga isinzi bari bahaniye isango kuri Stade Haratahwa, i Mutaho. Mw’ijambo yashikirije ahejeje kwerekana abizigiwe ngo bazoserukire umugambwe #CNDDFDD, Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo yasavye Abarundi bose kuzokwizera umugambwe CNDD-FDD bakawutora ku bwinshi, kuko bazoba batoye amahoro, umutekano, ubutungane butunganiriza bose n’iterambere rirama kandi ridakumira. #Tsinda2025
7
135
1
142
4,167
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
La croisade de prière d’action de grâce organisée par le Parti @CnddFdd a débuté, à Ngozi, par une messe célébrée à la Cathédrale Coeur Immaculé de Marie en présence de S.E @GeneralNeva, Chef de l’État et Président du Conseil des Sages; entouré des hautes autorités du pays.
50
216
3
279
8,522
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
Ku musi wa mbere w’Igikorane mpuzamadini co gukengurukira Imana catunganijwe n’Umugambwe @CnddFdd, Nyenicubahiro @GeneralNeva yasavye Abagumyabanga kwibuka no kuzirikana ingene Imana yarokoye Uburundi, ngo bibabere ikimenyetso c’intahava ko “hamwe n’Imana, vyose birashoboka”.
34
227
3
284
9,362
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
Le troisième et dernier jour de la prière d’action de grâce organisée par le Parti @CnddFdd à Ngozi est marqué par une union de prière dirigée par le Président du Conseil des Sages, après une séance d’enseignements bibliques, d’introspection et d’orientations. #WarakozeMana
19
175
1
221
18,612
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
24
146
2
178
7,496
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
18
155
2
213
6,152
Sept trompettes ont retenti dans la ville de Bujumbura,en prélude du message du Père de la Nation, SE @GeneralNeva , qui a rappelé que le #Burundi a placé Dieu au dessus de tout chose et qu’à Dieu Seul revient la gloire et l’honneur pour tous les bienfaits de l’année qui s’écoule
41
180
3
207
11,584
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
#Burundi Uwurongoye umuhari w'Abakenyererarugamba muntara ya Burunga yifatanije n'Abakenyererarugamba bo muri Zone Gitanga, aho bari baramutse baja kwibarutsa umuvyeyi yibarutse ubushuri. Hari kur'uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 19/10/2024. @CnddFdd @R_Ndikuriyo
10
39
1
47
675
Découvrez les facettes méconnues du #Burundi, pays qui accueille les 21 délégations des Pays membres du COMESA Photo du jour : Photo de famille lors du Conseil des Ministres des Affaires Étrangères du COMESA ce 29/10
17
159
2
216
5,874
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
#Burundi Le SG du @CnddFdd Très Hon @R_Ndikuriyo s'est enrôlé ce vendredi 24 Octobre 2024 pour les #Elections2025 à sa colline natale de #Sampeke de la Commune #Makamba en Province Burunga. Très Hon. @R_Ndikuriyo appelle la population à se faire inscrire sans tarder
#Burundi #Amatora2025 Igikorwa co kwiyandikisha ku ntonde z’abazotora mu matora yo muri 2025 kirabandanya. Nyeniteka @R_Ndikuriyo arahimiriza Abagumyabanga kwitwararika ico gikorwa c’iteka ku murundi wese akunda igihugu. #Tsinda2025
19
110
1
106
2,381
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
Le Secrétaire Général du parti @CnddFdd au pouvoir au #Burundi appelle les Burundais à se faire inscrire sur la liste électorale dans le délai. LIRE: intumwa.bi/2024/10/26/le-sec…
21
135
4
175
4,148
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
#Burundi Plus d’un million sept cent Burundais se sont déjà enrôlés pour les élections de 2025 dans les 3 premiers jours. @burundiceni LIRE: intumwa.bi/2024/10/26/plus-d…
32
113
4
130
2,616
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
#Burundi #Amatora2025 Igikorwa co kwiyandikisha ku ntonde z’abazotora mu matora yo muri 2025 kirabandanya. Nyeniteka @R_Ndikuriyo arahimiriza Abagumyabanga kwitwararika ico gikorwa c’iteka ku murundi wese akunda igihugu. #Tsinda2025
136
286
49
283
13,792
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
Le Secrétaire général du Parti @CnddFdd Très Hon. @R_Ndikuriyo a procédé à l’ouverture solennelle des travaux de la Conférence scientifique organisée en marge de la célébration de la 8ème édition de l’#ImbonerakureDay, à laquelle sont conviés des délégués nationaux et étrangers.
9
148
3
186
6,406
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
Mu ntumbero nyene yo kwitegurira neza amatora, Ubuserukizi bukuru bw’Umugambwe burakeje imboneza zivuka mu ntara nshasha ya Bujumbura kw’iteka bahejeje kwitera mu kwegeranya ikibiriraho uburyo burenga imiriyaridi zitatu (3.200.000.000 Fbu) mu gikorwa bise « Igihugu kiragwanirwa »
32
109
3
121
7,558
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
#Burundi Ibaruwa ridasanzwe Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe, Nyeniteka @R_Ndikuriyo yandikiye Abagumyabanga n’incuti z’Umugambwe @CnddFdd, Inama y’abanyagihugu. #Tsinda2025
19
148
4
151
5,907