#Burundi,kur'uyu wa 24/10/2026, imbonerakure zo muma zone yose agize intara ya Burunga bazindukiye mw'ikarashishi berekeza mu bikorwa rusangi.Gaston NIMENYA aramutswa uwo muhari mwiyo ntara yakoreye ivyo bikorwa muma zone ya Matana na Gisarenda, icegera ciwe muri zone Makamba
#Burundi,kur'uyu wa 10/10/2026, Abagumyabanga bo Ku mutumba Gatonga zone Muzye komine Musongati baramutse bugurura icese ingoro y'umutumba, ivyibutso 2 n'amazu 4 bashikirije abamikoro make.Sylvain NZIKORURIHO umunyamabanga @burungaProvince asaba imitumba yose kuhafatira akaorero
#Burundi,kur'uyu wa 19/9/2026, uwutwara umuhari w'imbonerakure mu ntara Ya Burunga,yagirishije inama imbonerakure za zone Rumonge na Gatete muri komine Rumonge zisanzwe zihana urubibe na Congo Ku bijanye n'umutekano, bikaba vyatangujwe n'ikarashishi hamwe n'ibikorwa rusangi
#Burundi,kur'uyu wa 02/9/2026, ubuserukizi bw'imbonerakure mu ntara Ya Burunga,barakoranije abarongoye uwo muhari n'ivyegera vyabo muma komine yose,ku civugo ivyiyumviro bishasha ingendo shasha,amajambo make ibikorwa vyishi,bumvire ababakurira bongere bashikane ubwo butumwa kure
#Burundi,kur'uyu wa 23/7/2026, uwutwara Abakenyererarugamba Ku rwego rw'igihugu yagendeye Abo arongoye ba zone Nyantakara arikumwe n'uwutwara uwo muhari muri Burunga mu kuvomera amavoka. Yabasavye gufita umurima ubitirirwa,kurwiza ibiterwa mumbarugo no gukomeza turerere Uburundi
















































































