Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba) header
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba) profile picture

Umuranga w akaranga. #ndaraguza #ndaterekera #ndabandwa. #Umunyoni https://xitter.cf/t.co/g3X0UvYrxd https://xitter.cf/t.co/uoNrJhiHZ2

Bujumbura
Joined January 2020
Photo by Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba)Photo by Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba)Photo by Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba)Photo by Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba)Photo by Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba)Photo by Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba)Photo by Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba)Photo by Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba)Photo by Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba)Photo by Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba)
Uwuri mw Ijenda naze dusangire. Nagiye Kuramutsa Databukwe...
5
1
24
5,626
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 retweeted
Nagira mfate aka kanya kugira ngo nshimire Imana kubana 6 baraye bavutse biciye muri bwa buhinga bwo kuvura abavyeyi batashoboye kuronka ibibondo maze bagakira kandi bakibaruka(Fécondation In-Vitro), butangirwa kuri Polyclinique Umugiraneza mu kibimba mu ntara ya Gitega. Ndakeje rero imiryango yibarutse na rirya muri bo harimwo umuryango warumaze imyaka 20 utararonka uruvyaro. Ibibondo navyo tuvyipfurije amagara meza.
77
134
5
363
66,562
Mushaka amahoro na twebwe, Mwirinde ibituma dusokora Inzara. Naho tuba turi mu yindi Migambi, Urwembe rwo kubakeba ruguma ruri ku Makari... Amatora yegereje, nya Misiba itanguye Kunyagara. Nukuyitegesha isamaki.
11
3
3
20
4,799
Bamwita #Mukorumbone Nellynat. Yahushuye Umukuru wa Za #Mujeri none zataye umutwe ziguma zinyagara nk'imisiba zibwejagura. Zibweja Dukona, dukona Zibweja. Nya Mihimbiri yari yarihaye #Monopole izi ko Itazomeswa. Nibagume hamwe bawote. Bashaka amahoro birinde kwivanga mubituma dusokora inzara. ....
27
6
2
23
11,592
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 retweeted
Umunsi naronka Amahirwe Yokuririmba Imbere Y’Umugaba Mukuru Wikirenga President SE @GeneralNeva. Aka Umujama W’aba Jeune Hari Mumuri Rw’amahoro20. Kuva Ico gihe Gushika Ubu numva Ndenze Ukuntu🔥🔥❤️🫶🏾🇧🇮
9
8
2
107
18,188
Nibereye muri amboutellage ndabuze uko nshika mu Kamenge kurya Ubunure ( Ubutumbutumbu bw Ingurube). None nguye kuri Video ya Nellynat ariko Yuriza Nyina Pacifique NININAHAZWE. Nibamuhe Nyina, uzi abana b igihugu yataye ku Risongoye. ..
1
3
734
Jewe Semavumba na General Rupfu hamwe n'abadufana bose, Tuzotora Umucandidat wa @CnddFdd ariwe @GeneralNeva Mu matora yo kuwa 3 Rusama 2027... Ntihagire abazoturondera ngo tubamamaze. ...
4
2
1
12
1,419
Nd'Umurwanyi arwana urugamba rw iterambere no Gutsimbataza Amahoro n Umutekano twahawe n'intwari zarwanye urugamba rwo guhabuza Demokarasi za @CnddFdd ....
9
5
25
2,025
Abana b'igihugu bakomeza gukora Unushakashatsi. Muri #GreenGoBurundi bazanye Ubuhinga bwo guhinyanyura Moto Zikoresha Igitoro bakazihindura izikoresha Umuyagankuba. Ukeneye ko MOTO YAWE IHINYANYURWA Nyandikira ndakugeze kuri bano bana bo kwa Ntare.
2
1
1
24
4,814
Ukeneye amakuru kuri uno mugambi hamagara kwino numero 62 929 287
1
269
Imbonerakure zi OTTAWA muri Canada zaraye zinkosoreye ba Sindumuja bari bahaze urumogi...
5
3
13
4,950
Muncamake kiretse Ikinyarwanda ari Ikirundi kivuze nabi, Abanyarwanda bazi uruhe rundi rurimi???
36
2
2
29
9,701
Nyeniteka @R_Ndikuriyo akomeza gupanga akarere mu Burusiya. @CnddFdd_Russia .
6
1
19
1,906
📍 #COTEBU : WEHOKUKI IRASHITSE KW’ISOKO! 🥳🔥 Unomunsi no Ku munsi w'ejo Munyonyo, Lydia Ludic Burundi iza kuba yibereye kuri COTEBU mu gikorwa co kudandaza amatike menshi ya Tombola WEHOKUKI. 🥰 Nimuze mugerageze amahirwe yanyu, kuko WEHOKUKI irabandanya kugaba! 🎁💰 ZIGUMA ZIGABAAAA! 🔥 #WEHOKUKI #LLB #COTEBU
1
2
379
Imbonerakure Shi.. shirira..
4
1
11
1,139