APDR Parti (@apdr_parti) profile picture

Compte officiel du parti APDR

Joined July 2019
Kuri uyu w'lmana 3/12/2023 Umugambwe @apdr_parti warahimbaje isabukuru y'imyaka cumi.Ibirori vyatewe iteka n'abatumire benshi harimwo Hon.Léonce NGENDAKUMANA, Hon.Saturnin n'ababiri bahoze barongoye Umugambwe APDR Aimable BAKUNDUKIZE n'a Laurent MANIRAGEZA. @banzawitonde
2
3
762
Muriyo nama,@banzawitonde arongoye #APDR yaheraheje yerekana bashasha binjiye mu rwego rukuru w'ibiro ,kandi n'abandi banywanyi benshi baguma binjira gutyo icizere co kuzoronka ikibanza ciza bagifise.
1
4
598
Uwo mukuru w'umugambwe #APDR , @banzawitonde yaboneyeho akaryo ko gukeza ibikorwa vya nyen'icubahiro umutambukanyi w'umukuru w'igihugu @Burundi1stLady kw'iteka yateye igihugu, #Banzawitonde yaciye asaba abakenyezi kutikengera kuko biboneka ko bashoboye. @CnddFdd @yigenga
1
2
3
585
Kuruwu w'Imana,igenekerezo rya 23 Mukakaro 2023 umukuru w'umugambwe @apdr_parti ,@banzawitonde ari kumwe n'abari mu mabanga y'igihugu,bipfurije umwaka mushasha indongozi nkuru ziri mu biro bikuru bonger barabira hamwe uko umugambwe wifashe ,ubuzima bw'igihugu,amatora n'ibindi.
2
2
520
Imyaka 3 irarumanye nyen'lcubahiro @GeneralNeva arahiriye gutwara Uburundi.Umugambwe #APDR uramukeje,unakenguruka ibikorwa ariko arangurira abarundi mukunagura ubutunzi bw'igihugu, imigenderanire hamwe no gutsimbaza intwaro ibereye.Umugambwe #APDR wiyemeje kuzoguma umushigikiye.
1
3
401
Le président du parti @apdr_parti ,Mr @banzawitonde a clôturé la réunion en prodiguant des conseils vis-a vis des représentants de ce parti dans cette province et les membres de ce parti en général. @banzawitonde @DNiyoncungu @CnddFdd @yigenga
1
2
4
472
Durant cette rencontre le président du parti @apdr_parti ,Mr @banzawitonde a bcq apprécié les réalisations déjà faites par le gouvernement du #Burundi 3 ans après les élections. @banzawitonde @DNiyoncungu @CnddFdd @GeneralNeva @yigenga
1
2
222
Les échanges ont portée sur le rappel de l'idéologie du parti, rappel sur les grands projets du parti et analyse de l'état actuel du parti @apdr_parti . @banzawitonde @DNiyoncungu @CnddFdd
2
3
302
Dimanche le 11 Juin 2023,les leaders du parti @apdr_parti au niveau national ont fait une descente en province @BururiProvince en vue de rencontrer les représentants de ce parti de cette province.
1
2
170
Le Parti @apdr_parti félicite SE le Président @GeneralNeva de son ouverture diplomatique et d'avoir accrocher un sommet de haut niveau au Burundi que nous avions observé dans les années 80. @CnddFdd @NtareHouse @banzawitonde @willynyamitwe @DNiyoncungu
1
2
3
259
A la fin de cette réunion, Mr @banzawitonde a prodigué des conseils à ces membres et a remercié le président de la république @GeneralNeva pour la place et considération qu'il octroie aux jeunes dans le pays. @yigenga @NtareHouse @DNiyoncungu @CnddFdd
1
1
292
Cette descente avait pour objectif de discuter avec ces membres sur les 5 projets de ce parti, échanger sur la nouvelle délimitation des provinces et communes au pays, et se rappeler l'idéologie de ce parti. @CnddFdd @banzawitonde @DNiyoncungu @yigenga
1
1
341
En date du 23 Avril 2023, le président du parti @apdr_parti ,Mr @banzawitonde accompagné par le secrétaire du parti ont effectué une descente en province @CibitokeProv en vue de rencontrer les membres de ce parti.
1
1
330
A travers ce vidéo ci-bas ,suivez l'intervention du président de @apdr_parti lors du Forum Nation sur le développement (2e édition ). @banzawitonde @yigenga @CnddFdd @NtareHouse @DNiyoncungu
2
2
167
Le parti @apdr_parti souhaite une bonne fête de Aïd El Fitr à tous les #musulmans du monde entier en particulier à ceux du #Burundi. @banzawitonde @DNiyoncungu @CnddFdd @MininterInfosBi @yigenga @NtareHouse @jumuiya
1
2
4
661
APDR Parti retweeted
Le Président du parti #APDR fustige les fonctionnaires de l'Etat qui vont un peu partout en mission mais qui ne ramènent rien en terme de retour d'expérience. @MairieBuja est sale alors qu'il suffirait à son management de s'inspirer des autres villes dans la région #Burundi
2
5
1,808
Mu nama igira kabiri ijanye no kurabira hamwe icoteza imbere igihugu,umukuru w'Umugambwe @apdr_parti yabajije igituma abagenda muri mission hanze, batakoresha ubumenyi bakuye mu bindi bihugu kugira babukoreshe aha iwacu. @banzawitonde @yigenga @CnddFdd @DNiyoncungu
2
3
353
Umukuru w'Umugambwe #APDR: Abagenda muri za missions hanze, babuzwa n'iki gukoresha ubumenyi bujanye n'ivyo babonye mu bindi bihugu nka Singapour ngo babukoreshe aha iwacu, ingenzi zikiyongera cane mu gihugu...
1
5
292