Amakuru yizewe ava mu #Burundi,no Mukarere ka East Africa. Aya makuru tuyakesha @RegionWeek | Tel: +257 22281351 E-mail: editor@regionweek.com

Bujumbura, Burundi
Joined April 2012
🔴Kurikira #RegionWeek mu ndimi zitatu (Ikirundi, Igifaransa n'Icongereza) @RegionWeek_Kir @RegionWeekFr @RegionWeek 📰Ikinyamakuru gitomoye, Isôko rishitsa ku rundi rugezo #Burundi #Rwanda #Abatwip
3
6
🔴 Kigali imenyesha ko yamenye ko imipaka yugawe ibibonye mu binyamakuru Ivyo biri mw'itangazo Reta y'Urwanda yaraye isohoye ku mugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 11 Nzero 2024. m.facebook.com/story.php?sto…
168
#Diplomatie —Umugambwe #APDR usaba reta y'Uburundi gukurikiranira hafi uruza n'uruza rwabava mu Rwanda harimwo n'amashirahamwe mpuzamakungu muri ibi bihe biganisha ku matora.👇 m.facebook.com/story.php?sto… #Burundi #Rwanda @RwandaGov
177
🔴#Rwanda - #Burundi @GeneralNeva ati : " …amakungu nagondoze ubwo butegetsi butagira ubuntu…" @PaulKagame ati : "..ndagira mbabwire ko tudashobora kwihanganira kunengwa no kuvugwa nabi uko vyaba bingana kwose nubwo kenshi biba bidafite ishingiro."👇 m.facebook.com/story.php?sto…
1
107
🔴#Flash —Reta y'Urwanda yamirira kure ivyo yagirizwa n'umukuru w'igihugu @GeneralNeva ku bijanye no gufasha umuhari Red Tabara. Ivyo biri mw'itangazo @RwandaGov ihejeje gusohora mw'ijoro ryo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29/12/2023. facebook.com/share/p/H69CJHE…
83
🔴#Burundi — #Rwanda : Umukuru w'igihugu @GeneralNeva agabisha Reta y'Urwanda kureka kubandanya ifasha umuhari Red Tabara kuko ngo bizohava biteranya abenegihugu b'ibihugu vyompi. #Regionweek @YolandeMakolo @RwandaGov
1
100
🔴#Politique —Evariste Ndayishimiye abona ko inryane zose ziri mu mugambwe CNL zose zoja ku gatwe k'umukuru w'umugambwe CNL Agathon Rwasa... facebook.com/100068077835394… #Burundi #Rwanda #Abatwip
101
#Politique —Abantu 79 nibo bariko barahiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu muri #Senegal Kugira ngo wemererwe kwitoza muri ico kibanza , itegeko rigenga amatora rivuga ko uwitoza atanga ingwati y'imiriyoni 30 z'ama CFA (45.000 €). m.facebook.com/story.php?sto… #Burundi #Abatwip
69
🔴#Politike : Haraye havutse iyindi migambwe 2 mishasha 📌 Uwa mbere ni FPI (Fraternité des Patriotes Ineza) wa Prof Francis Rohero. 📌 Uwa kabiri nawo ni umugambwe AND- INTADOHOKA (Alliance Nationale pour la Démocratie) wa Prof Gaspard Kobako m.facebook.com/story.php?sto… #Burundi
76
#RDC: Félix Antoine Tshisekedi niwe yongeye gutsinda amatora y'umukuru w'igihugu Mu biharuro vy'imfatakibanza vyerekana ko mu ntara 21 kuri 26 zigize ico gihugu, Felix-Tshisekedi ariwe aza imbere ku majwi 4 835 253 ni ukuvuga ibice 77,34%. m.facebook.com/story.php?sto… #Abatwip
52
🔴#Umutekano — "Abantu 20 nibo baraye bahitanywe n'igitero c'iterabwoba caraye kibereye mu Gatumba Ico gitero cabereye ku ngo 9, gihitana abantu 20 harimwo abana 12 ; abakenyezi 3 hamwe n'abagabo 5 Abandi 9 bakomerekeye muri ico gitero. " @BurundiGov m.facebook.com/story.php?sto…
35
🔴🐔#Politike —Umugambwe @SahwanyaFRODEBU usaba @GeneralNeva kubogoza umushikiranganji wa @MinCommerce Marie Chantal Nijimbere n'umushikiranganji Ibrahim Uwizeye kuko batashoboye gutanga umwizero ku benegihugu ku kibazo kijanye n'ikena ry'igitoro... m.facebook.com/story.php?sto…
47
🔴#Ibitoro : @HonSinzohagera yabajije @MinCommerce ati : "Mwiyunguruje gute mwebwe ? Mwashitse ngaha gute ?" Bamwe mu basomyi bacu bati : " Pasteur Habimana yaremeye ko yozana igitoro kirihwa mu marundi. Ati none habuze iki kugira ngo yoroherezwe?" facebook.com/share/p/NLddx1R…
48
Ibanki nkuru BRB imenyesha ko abahanahana amafaranga biciye mu birimba canke "Cirques" hamwe n'ibikorwa mu ruyeri rw'ukudandaza amafaranga vyitirirwa ngo ni ukuduzanya bitarekuwe n'amategeko kandi bihungabanya ubutunzi bw'igihugu. m.facebook.com/story.php?sto… #Burundi @BankiNkuru
27
🔴#Isanganya —Imodoka y'igipolisi yatembagaye ihitana umuntu 1 abandi 5 barakomereka. Iryo sanganya ryabereye muri RN 7, ku birometero 31 uvuye i @MairieBuja uja i @MwaroProvince. Mu gitondo co kuri uyu wa 11/12/2023 nk'igihe c'isaha 1. m.facebook.com/story.php?sto… #Burundi
28
Prosper Ntahorwamiye ahejeje kubisikanya na Jerôme Niyonzima mu mabanga y'umunyamabanga wa Reta. Ivyo vyabaye mu gitondo co kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 11 Kigarama 2023 Jerôme Niyonzima akaba azoba ari n'umuvugizi wa Reta. facebook.com/share/p/61zwJhw… #Burundi #Abatwip
31
Ingabo 300 za Kenya zari mu nteko za @eacrf_DRC zaraye zisubiye iwabo kuri uyu wa 03 kigarama 2023 inyuma y'umwaka umwe wari uheze ziri mu butumwa bwo kugarukana amahoro mu buseruko bwa Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo. m.facebook.com/story.php?sto… #Burundi #Rwanda #RDC
82
Faustin Ndikumana ati : "Iyo Reta igumye isaba amadeni mu ma banki yo hagati mu gihugu, bituma abikorera utwabo babura aho basaba amadeni" Yabishikirije mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru, inyuma y'imisi hasojwe ihuriro rigira kabiri rya "Umuzinga Day" m.facebook.com/story.php?sto…
33
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ari kumwe na @Burundi1stLady ahejeje gufata indege yerekeza mu gisagara ca Dubai aho agiye mu nama ya ONU yiga ku bijanye n'ihindagurika ry'ikirere. None n'ibiki mwomenya kuri iyo nama?👇 facebook.com/share/p/TQD2h6h…
21
Faustin Ndikumana ati :"Reta yoba yashize uburyo mubindi bintu bitazana akunguko kaboneka…" m.facebook.com/story.php?sto…
25
🔴Umuzinga Day: @GeneralNeva yagiriza abakozi ba Reta gukorana n'abo mu bisata vy'abikorera utwabo mu kunyuruza ubutunzi bw'igihugu. Mugihe yariko arugurura ku ncuro ya kabiri, ihuriro ry'abakorera mu gisata c'abikorera utwabo "Umuzinga Day" kuri uyu wa 1 facebook.com/share/p/4CXVoNM…
39