Province Kirundo retweeted
Umutambutanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady
yagirishije inama abanyeshure bo kw'ishure umweranda Gusitino ry'i #Gitaramuka mu ntara ya @KarusiProvince aho yabasavye kwirinda ico cose cobajana mu nyifato itabereye na cane cane ubusambanyi, kunywa ibiyayuramutwe n'ibindi
Province Kirundo retweeted
C'est avec beaucoup de peine que j’ai appris le décès de l’ancien Président de la République Française, M. Valérie Giscard d’Estaing dont il me sied de saluer la mémoire. Au nom du Peuple Burundais, je présente à sa famille et à la France les condoléances les plus attristées.
Province Kirundo retweeted
Inyuma y'ibikorwa vyo kugurura icese isasa risanzwe ry'ukwezi kwa Kigarama Umukuru w'Inama @burundi_senat @HonSinzohagera yaciye yakira uwuserukira Igihugu c'Uburusiya mu #Burundi #Valery A.MIKHAYLOV.
Province Kirundo retweeted
#Burundi : Ibirori vyo gusozera indwi yahariwe umutangakori yatunganijwe na @OBR vyabereye kuri Stade Ku Gasaka, bikaba vyatewe iteka n'Umukuru w'igihugu @GeneralNeva. Vyatangujwe no kwugurura icese iHoteri yitwa Belan yubatswe hagati mu gisagara #Ngozi xitter.cf/KwaNtare/status/133446…
Province Kirundo retweeted
Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu bwasinye amasezerano y'imiriyoni 110 y'amadorari y'abanyamerika hagati ya #PNUD mu #Burundi. Ayo mafaranga azotangwa n'ikigega mpuzamakungu #fondsmondial. Azofasha kugwanya #SIDA, igituntu hamwe n'indwara ya Malaria.
Province Kirundo retweeted
#Burundi 1/12/2020 Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady yateye iteka ibirori vyo guhimbaza umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe kurwanya ikiza sida. Yasavye abarundi kugira umugenzo wo kwipimisha, abanduye nabo bafate imiti ku neza yabo niy'imiryango. @KayanzaProvince
Province Kirundo retweeted
#Burundi 26/11/2020 Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe @Burundi1stLady bafashe indege bagana i #Libreville Ku murwa mukuru wa @PresidenceGA aho bitavye inama y'18 y'abakuru b'ibihugu vya @ceeac izoba ku wa 27/11/2020.
Province Kirundo retweeted
Pour mieux sensibiliser la population contre les méfaits des armes detenues illégalement par la population, la @CDesarmement poursuit l'usage des jeux questions-réponses avec des prix dans les communes Kirundo, Busoni et Gitobe dans @KirundoProvinc et Nyamurenza à @NgoziProvince
Province Kirundo retweeted
Nous exprimons nos condoléances les plus attristées à notre Frère S.E. Teodoro Obiang Nguema Mbasogo et à toute sa famille, suite au décès de Carmen Mbasogo Nguema, sœur du Président de la Guinée Équatoriale. Que son âme repose en Paix auprès de Dieu.
Province Kirundo retweeted
#Burundi 22/11/2020, Umushikiranganji wa Mbere Nyakwubahwa CPG Alain Guillaume Bunyoni ari kumwe n'umutambukanyi wiwe bifadikanije n'abakristo bo mw'ishengero rya Anglikane ryo mw'i Rongero muri Komine ya Rutana, mu gushima Imana, kuyihimbaza no gusangira ijambo ryiza ryayo.
Province Kirundo retweeted
#Burundi Ndakengurukiye cane Nyenicubahiro Sebarundi Evariste Ndayishimiye n'umuryango wiwe bateye iteka Komine yacu @CMbuye @MuramvyaProv, mu kwifatanya n'abakristu ba paruwasi Gasura mu guhimbaza umunsi mukuru wa Kristu Mwami; kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 22 Munyonyo 2020.
Province Kirundo retweeted
Twibuke abagiye ku rugamba, twibuke abaguye ku rugamba. abo ba kabiri barigiriye, ariko ntibipfiriye kuko baradupfiriye. Amahoro n'amatungo dufise uyu musi, tuzokwame tuzirikana ko yavomewe n'amaraso y'Abarundi benshi batwitangiye. Twese dutegerezwa gupfa, ikibi ni ugupfa nabi.
Province Kirundo retweeted
"Imboneza yacu Nkurunziza Petero yavuze ko uwuzotera intambara izohera iwe igaherera iwe. Nanje ndabisubiyemwo, mbere nipfuza ko uwoyitera yomuhitana wenyene, ntihagire n'umwe akwegera": @GeneralNeva yarivumereye ahagaze i #Buhiga, abari aho bakengurutse cane bakoma amashi.
Province Kirundo retweeted
🔴 Dans la commune #Ntega, les Ambassadeurs ont visité un producteur semencier et un hangar pour l'usage de la communauté à #Rusubije dans un projet intitulé #TubehoNeza. Financé par @UEauBurundi, il contribue au renforcement de la résilience de la population #burundi-aise
Province Kirundo retweeted
Inyuma y'imyaka 17 irangiye intambara hagati ya FDD na FAB irangiye, Nyinicubahiro @GeneralNeva amenyesha ko Umusi wo kwibuka Intwari atari Umusi Mukuru w'Umugambwe @CnddFdd , ko nyabuna ari Umusi Mukuru w'Abarundi bose kuko iyo ntambara yari ihanze Abarundi bose.
Province Kirundo retweeted
🔴 A #Vumbi (@KirundoProvinc), les ambassadeurs des pays partenaires de l'@UEauBurundi ont rencontré les bénéficiaires du projet @everyvoicecount de @CAREBurundi financé par @NLinBurundi. Le projet vise l'autonomisation des femmes et des filles les plus marginalisées
#Burundi
Province Kirundo retweeted
Au cours du Sommet virtuel auquel prennent part activement les Chefs d'État du #Burundi, de la RDC, du Rwanda, du Congo, du Sud Soudan..,le Secrétaire Exécutif de la @_icglr a salué les bonnes relations qui lient les Etats Membres dans la poursuite des objectifs de la CIRGL. 2/n
Province Kirundo retweeted
Wari umunezero ntangere, kur'uyu wa 18.11.2020, Turi kumwe n'abagumyabanga dusangiye komine yacu nziza ya @CMbuye @CnddFddMuramvya mu guhimbaza umunsi wahariwe intwari Ku Rugamba. Tugendere iragi ry'izo ntwari mu gukunda no kwitangira igihugu. Tugire urunani rwo kurwanya ubukene
Province Kirundo retweeted
🥳🥳 18 ans que la @RadioIsanganiro est au service de l'information au #Burundi.
#Abatwip, un mot, un souvenir pour/de ce médium qui prône la "parole en place et lieu de la force ?"
#LiberteExpression.



















































