FDHD retweeted
Hano hari umupfasoni abisobanura neza.
Nuko iyo ikaba ingingo, muti wanguha, uwutwara igihugu sumuvyeyi waco, ababivuga baba bariko baraDDmba gusa !
@GeneralNeva numukozi wabarundi, kuri iyomvo, turafise uruhusha rwo gushima mbere no kugaya ivyo akora, bibaye ngombga tukamukura mukazi.
Mbega wewe uratahura ko @GeneralNeva yogabanya amajambo akagwiza ibikorwa ashinzwe vyotuma amarira agabanuka mubarundi ?
P.S: ukuDDmba bisigura kuvuga wahinduye ukuri mumvo zokwikundisha kuba DD. Ubundi ni signe igaragaza ko umuntu ahaye araba Mpemukendamuke, abesha kugira ahabge 🫣
KuDDmba numuco ukwiye kuva mubarundi kuko ugaragaza ubuja burenze. UbuDDmvyi ukungene kwonyene tuzobutuza, nukugaragaza abaDDmba tukagaya iyo mvugo bisigare bimaramaje KuDDmba.



