2/2 Amakuru dukura aho hariko hakorerwa ikibazo, avuga ko hari isaha zitanu n'iminota 55 z'umurango.
Ngo haciye hihutirwa kumuha akore ikibazo kugira ngo agerageze amahirwe yiwe
Munyuma abiwabo ngo baciye bahashika, gutyo baca bamunyarukana kwa muganga.
24
🔴#Burundi: Ibiciro vy'ibinyobwa bihingurwa n'ishirahamwe @BrarudiSa vyadugijwe kuva kuri uyu wa gatatu. Biri mw'itangazo iryo shirahamwe ryasohoye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 12/08/2025.
Ng'uku uko vyifashe👇
89
#Burundi: Ba musitanteri 42 baheruka gutorwa ngo barongore amakomine agize intara 5 z'Uburundi, bemejwe n'Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye abicishije mw'itegeko inomero 100/004 ryo kuwa ndwi Myandagaro 2025.
67
5. Komine Tangara: Ndikuryayo Jean Pierre
6. Komine Kiremba: Habiyakare Pascal
7. Komine Kirundo: Ndikuriyo Jean Berchmans
8. Komine Busoni: Karenzo François Xavier. 3/3
28
Mu ntara ya butanyerera igizwe n'ama komine 8, hatowe aba bakurikira:
1. Komine Kayanza: Niyonizigiye Godefroid
2. Komine Matongo: Kanyana Janvière
3. Komine Muhanga: Nizigiyimana Annonciatte
4. Komine Ngozi: Ndikuriyo Dominique; 2/3
31
#Butanyerera: Ama komine agize intara ya Butanyerera aramutswa ba musitanteri bashasha.
Mu gatondo ko kuri uyu wa kane, abagize inama mpanuzwajambo z'ama komine bazindutse baratora abagiye kurongora ama komine baturukamwo. 1/2
L'Eglise catholique se dote d' un nouveau pape dès ce mercredi. Le nouveau souverain pontife répond au nom de Robert Francis Prevost et portera le nom de Pape Léon XIV
27
3/3 Canesius NTUNZWENAYO arashima ibikorwa vyuwo mugambi ngo kuko uburimyi ariwo mushinge w'ubuzima bw'igihugu mbere ko n'inyigisho zijanye no kuvura ibiterwa zizoguma zitangwa no mu mashure.
14
2/ 3 Vyavuzwe na Canesius NTUNZWENAYO Umuyobozi ajejwe uburimyi n'ubworozi mu bushikiranganji muvyo bujejwe harimwo uburimyi. Hari ku wa 23 ndamukiza mu nama yokurabira hamwe ivyaranguwe mu gihe ca mbere c'umugambi plantewiseplus n'ikigiye gukorwa mu gice ca kabiri cawo.
18
4/4 Mugihe ico kibazo kizokorwa mubiringo vy'imyiyamamazo kubazokwitoreza kuba abashingamateka hamwe n'abajenama b'ama komine, uwo atwara intara y'indero ya kayanza asaba abanyeshure kutazosamara kuko ngo muri bo nta n'umwe ari ku rutonde rw'abazokwitoza.
1
16
3/n: Umuyobozi w'indero mu ntara ya kayanza, Juvénal Mbonihankuye, ashikiriza ko biteze kuzoronka umwimbu ushimishije. Abivuga afatiye ko ngo batanguye kwitegurira ico kibazo kuva umwaka w'ishure ugitangura.
19
2/n: Ku mashure atandukanye yo mu buyobozi bw'indero bwa @KayanzaProvince nka Lycée Kayanza na Lycée Gatara ngo intonde z'ivyigwa zararangiye,ubu abanyeshure bariko basubiramwo ivyigwa nk'uko abayobozi b'ayo mashure babivuga.
21
Ibirori vyabereye ku mugwa wa komine ya Gatara bihagarikiwe n' umuyobozi mwishikira mu biro vya Buramatari w' intara ya Kayanza , Vianney Ndikumana.
Akaba yasavye abenegihugu kwijukira kwipisha no kugikwirinda ingeso y' ubusambanyi yotuma uwo mùgera ubandanya urandagata. 2/3
Kuri uyu wa kabiri ni ho himbazwa ku rwego rw' intara ya Kayanza, umusi mpuzamakungu wahariwe kugwanya ikiza ruhonyanganda SIDA.1/3
Parmi les dossiers lui laissés figurent les réclamations des enseignants relatifs aux emplois-type;Réclamations des enseignants dont les salaires ont été suspendus alors qu'ils sont au services;Actualiser le fichier du personnel enseignant de la province kayanza,etc.
@MENRS4
La @Cecadm_imf compte ojrd'hui plus de 50.000 affiliés alors qu' en ses débuts en 2007,ils étaient à + de 1402. Cela a été indiqué ce lundi 04.03.2024 par col.Désiré Hakorimana,vice-président du conseil d'administration du CECADM.1/n
1
2
79
C'était lors d'une réunion d'information tenue en @KayanzaProvince à l'intention des représentants des affiliés de cette dernière sur l'état d'avancement de ses activités.2/n
@Cecadm_imf
@fdnbbi
3
1
65
Et cela en vue de la dimunit⁰ des fils d'attente. Parmi les perspectives d'avenir,col. Hakorimana a fait savoir que la @Cecadm_imf compte construire un étabissement scolaire à la capitale pô lequel va abriter l'école fondamentale,post-fondamentale ainsi qu'une Université.5/n
1
50







































