Uno musi niho ababikira bo mu muryango wa Bikira Mariya mugabekazi w'ubusacerdoti bweranda Bari baramukanye urubanza rw'indagano.
Hari muri paruwase #Bwoga, aho abigeme indwi bashikiriza indagano za mbere, abandi 3 bakagira indagano n'imyaka itatu.
Diyoseze nkuru ya Gitega ibicishije mu gisata cayo c'ubutungane n'amahoro, yaratunganije kuri uyu wa kane igenekerezo rya 24/6 2021, uruganda rwo kumenyekanisha @UMUGAMBI WO GUTSIMBATAZA INGENDO YA DEMOKARASI N'IKIBANO CIZA MURI DIYOSEZE YA GITEGA NA RUYIGI..