COMMUNE RUMONGE retweeted
N'aho nagendeye, sinari bwabone intara irimwo abakobwa bambara bakikwiza nka Muramvya. Si ivyo gusa, bararyosha inzoga kandi barafise Ivyitegererezo n'imboneza nka Mirerekano, Gahutu, Ngaruko n'abandi...Ido n'ido ni kuri ako kandiko gasa n'ubururu:
bitly.ws/33L6z
COMMUNE RUMONGE retweeted
2/2 L'objectif de cette visite de courtoisie รฉtait centrรฉ sur la prise de contact et l'รฉchange d'expรฉrience .Compte tenue de cette visite ,le @CnjbRumonge a proposรฉ une autre visite pour la sensibilisation au sein des groupements bรฉnรฉficiaire de #LRC @MininterInfosBi
COMMUNE RUMONGE retweeted
Ndipfurije umusi mukuru mwiza Wa Pentekoti abakristu bose. Mutima Mweranda yuzure imitima yโAbarundi, Ibakomereze umuzirikanyi, twame twubaha Imana mu gutunganya Uburundi icibare cayo, no gutunganiriza intama zayo ari bo benegihugu.
COMMUNE RUMONGE retweeted
A l'occasion de la commรฉmoration du 29e anniversaire de l'assassinat du prรฉsident #Cyprien_Ntaryamira, le prรฉsident du @CnjbRumonge et le prรฉsident du #CNJ en @CommuneRumonge ont dรฉposรฉ une gerbe de fleur sur le monument @cnjbdi @DrIngabire
COMMUNE RUMONGE retweeted
#๐๐ฎ๐ฆ๐จ๐ง๐ ๐ encadrement des Jeunes talentueux ce 4/01/2023 par le prรฉsident du @CnjbRumonge et le prรฉsident Adjoint du @cnjbdi en @CommuneRumonge au bureau provincial du @CnjbRumonge
COMMUNE RUMONGE retweeted
Mile merci @ngabo_spageon !!
Good to hear. Le travail de Mr @DrIngabire pour un @cnjbdi effectif mรฉrite d'รชtre encouragรฉ. Un cadre lรฉgal significatif est le point dรฉpart et, l'inclusivitรฉ et la participation en sont les bases fondamentales ร observer.
COMMUNE RUMONGE retweeted
Nyakubahwa Buramatari ari kumwe n'indongozi zitandukanye yifatanije n'imvukira, abahoze biga kuri lycรฉe Rumonge hamwe n'abakorera kw'iryo shure mu bikorwa rusangi vyo kuri uyu w 3/12/22 mukwubaka uruzitiro rw'iyo shure. @NtareHouse @MininterInfosBi
#Burundi
#Ayiwacu
COMMUNE RUMONGE retweeted
Inyuma y'ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa 3/12/22, Nyakubahwa Buramatari ari kumwe n'imvukira n'abahoze biga kuri lycรฉe Rumonge bashikirije ubuyobozi bw'iyo lycรฉe imatera 114 k'uburyo bungana 8550000 mu mafranga y'u #Burundi.
@NtareHouse @MininterInfosBi @MESRS4
COMMUNE RUMONGE retweeted
#Rumonge N'akanyamuneza ntangere muri @COOPHB_Burundi aho uyu musi turumanije imisi itatu ingurube yacu yambere yungutse
Aho nimugihe iyindi nayo nyene amezi akuze. Mumisi mike cane iraduhereza umwimbu nayo nyene.
@RumongeProvince
@CommuneRumonge
@CnjbRumonge
COMMUNE RUMONGE retweeted
#Burundi Amafranga n'imboga vyatozwa abarovyi vyahagaritswe na Buramatari mu rugendo rw'iwe rwo kuri uyu wa 21/11/2022 ari kumwe n'inzego z'intara na Musitanteri wa komine #Rumonge
@NtareHouse @BurundiGov @MininterInfosBi
COMMUNE RUMONGE retweeted
Umunyamanga Mukuru @CnddFdd, Reveriyano Ndikuriyo, yamenyeshe ko iyo ndwi izosozererwa ku murwa Mukuru w'intara ya #Ruyigi aca atumirira Abagumyabanga guzitaba ibirori ari benshi, gurtyo babandanye bibuka #Intwari2022, iyo igihugu kivuye, aho gishitse n'aho bifuza kugishitsa.
COMMUNE RUMONGE retweeted
#Burundi Barongowe na #Donatien MANIRAKIZA kuruyu wa 23/10/2022 abari mu buserukizi bwa @CnddFdd muri @RumongeProvince na @communeRumonge bagendeye umutumba Nkayamba wa @CommuneRumonge ,hakiriwe abanywanyi bashasha 80 basavye abaraho kugiriranira urukundo
COMMUNE RUMONGE retweeted
#๐๐ฎ๐ซ๐ฎ๐ง๐๐ข Arikumw n'uwutwara urwaruka mu ntara ya #๐๐ ๐ uwaserukiy ubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo gushigikirana yashigikiye urwaruka rwo muri zone ya #๐๐ฎ๐ซ๐ฎ๐ก๐ฎ๐ค๐ข๐ซ๐จ bakoze ibikorw vyogufyatura amatafar muburuhuko bakaba baronkejw amakaye. @GenreMinistere
COMMUNE RUMONGE retweeted
I am deeply saddened by the passing of Her Majesty Queen Elizabeth II, I extend my heartfelt condolences to the Royal family and the friendly people of United Kingdom. She has been an inspiration for generations around the world and will be remembered for her great leadership.
COMMUNE RUMONGE retweeted
#Burundi Aprรจs accueil des dolรฉances de la population, le Gouverneur de la province a participรฉ ce samedi 10/09/2022, ร la finale d'un match de football organisรฉ ds cette mm commune ร #Gitaza ds le cadre de fin des vacances d'รฉtรฉ 2022.@NtareHouse @MininterInfosBi
COMMUNE RUMONGE retweeted
#Burundi Avant d'accueillir les dolรฉances de la population de la zone #Busenge commune #Muhuta, le Gouverneur s'est joint ce 10/9/22 a cette population ds les travaux de dvlp communautaire d'amรฉnagement de route venant au chef lieu de cette zone @NtareHouse @MininterInfosBi
COMMUNE RUMONGE retweeted
Ndahojeje ababuze ivyabo biturutse ku muriro wadutse ahadandarizwa igitoro mu Kamenge, ku wa 8 nyakanga, dushimira Imana ko yakinze atawahasize ubuzima. Abajejwe intwaro basabwe gukorana bidatevye nโamashirahamwe yโubwishingizi kugira ngo abahahombeye bashumbushwe atawurenganijwe
COMMUNE RUMONGE retweeted
#Burundi Lรฉonard chef de Cabinet du Gouverneur a participรฉ ce 5/9/22 ร une rรฉunion de sensibilisation au recrutement des candidats Officiers Policiers organisรฉe par le #MIDCSP ร l'endroit des administratifs, leaders religieux et sociรฉtรฉ civiles @NtareHouse @MininterInfosBi
COMMUNE RUMONGE retweeted
Kuri uyu musi umugambwe @CnddFdd wahariye Umuhari wโImbonerakure, ndakeje vyโimvamutima Abagumyabanga bose. Tuzirikane ko kuba Imbonerakure ari ibanga, risaba kugendera akarangamutima no kubera akarorero keza urundi rwaruka mu bikorwa vyโiterambere nโinyifato ibereye abahizi.


























































