Jean-Claude Nshimirimana (@Claudenshim) header
Jean-Claude Nshimirimana (@Claudenshim) profile picture

Conseiller en Communication à la Présidence de la République du Burundi

Joined August 2014
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Nyenicubahiro @GeneralNeva, ku wa gatatu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2026, yarateye iteka ibirori vyo kwugurura icese Ihuriro Mpuzamakungu MEDays ryatunganijwe ku ncuro ya 18 rikaba ryabereye i Tanger, mu Bwami bwa Maroke ku civugo kivuga giti: «Isi iciyemwo ibice: igihe co gufata ingingo». Muri ivyo birori, Umukuru w’igihugu yarashikirijwe icese agashimwe k’iteka kitiriwe « Grand Prix MEDays 2026 », kateguwe n’Ikigo Amadeus, mu ntumbero yo kumushimira ku ruhara agira mu guteza imbere amahoro, umutekano n’ugufashanya hagati y’ibihugu. Umukuru w’igihugu yarakiriye ako gashimwe, arashimira cane uwatanguje Ikigo Amadeus hamwe n’abo bakorana, aranabashimira kandi kw’izina ry’Abarundi bose.
4
13
17
442
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Mu rugendo yarimwo mu gihugu ca Maroke, Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro @GeneralNeva, yaragendeye kuri uwu wa 25 Munyonyo ikivuko ca Tanger Med, kikaba ari kimwe mu bivuko bihambaye kw’isi mu bijanye no gutwara ibidandazwa biciye mu mazi no kubishikana iyo bigenewe. Urwo rugendo rwamuhaye akaryo ko kwihweza ibikoresho n'inyubakwa vy'ico kivuko, ubushobozi gifise mu kurangura ibikorwa vyaco hamwe n'uruhara gifise mu bucuruzi hagati ya Afirika, Uburaya n'ibindi bice vy'isi. Umukuru w'igihugu c'Uburundi yarakiriwe yongera aherekezwa n'Umukuru ajejwe ico kivuko, Nyakwubahwa Kamal Lakhmass. Yararonkejwe insiguro iramvuye ku kuntu ico kivuko gikora, ivyiza kimaze gushikako, imigambi gifise yo kwagura ibikorwa vyaco, hamwe n'ibituma gishobora guhiganwa n'ibindi bivuko vyo kw'isi. Muri iyo nsiguro, haravuzwe ko ikivuko ca Tanger Med gifise ibice bine vyakira kandi bigakurikirana ibidandazwa biri mu makarato (terminaux à conteneurs), ikindi gice cihariye mu kwakira no gutwara ibitoro, ibibanza vyakira ibidandazwa bitandukanye, imiduga, hamwe n'ikivuko cihariye ku bwato butwara abantu be n’ubutwara ubundi bwato. Izo nyubakwa zose ziri ku buringanire bungana n'amahegitari hafi 1.000, kandi ico kivuko gifise amabarabara asanzwe, inzira z’amatereni hamwe n'amabarabara manini manini agerekeranye agihuza n'ibindi bice vy'igihugu. Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro @GeneralNeva yarasobanuriwe kandi ibidandazwa bitandukanye bica muri ico kivuko. Muri vyo, harimwo ibidandazwa biva mu nganda, ibiva mu burimyi n'ubworozi, imiduga, ibitoro, ibikoresho vy'ibanze bikoreshwa mu mahinguriro hamwe n'ibindi bidandazwa vyinshi bitwarwa mu bisandugu binini cane vy’ivyuma (conteneurs). Ivyo bikorwa bituma Tanger Med iba ikibanza gihambaye mu kwinjiza, gusohora no guhanahana ibidandazwa biva mu bihugu bitandukanye. Ku bijanye n'ubutunzi, umuyobozi w'ico kivuko, Nyakwubahwa Kamal Lakhmass, yarashimye cane uruhara rukomeye Tanger Med ifise mu butunzi bw'igihugu, avuga ko ibikorwa vyaho bitanga urugero rungana n'ibice 15 kw'ijana vy'umwimbu wose w'igihugu (PIB) ca Maroke. Yarerekanye kandi iterambere ry'igisata c'amahinguriro akora imodokaa muri ico gihugu. Nk'uko vyasiguriwe Umukuru w'Igihugu, ayo mahinguriro arashobora gusohora imodoka imwe mu masegonda 30. Ivyo vyerekana umwimbu w’imitahe yashizwe mu nyubakwo, mu buhinga bwo gutegekanya no gutunganya ibikoresho, mu bijanye no guteza imbere amahinguriro, ugukorana neza mu bikorwa vy'ikivuko n'iterambere ry'amahinguriro yo muri ubwo Bwami bwa Maroke. Ku bijanye n'ubushobozi mu mwaka w’2025, ico kivuko ca Tanger Med carakiriye congera kirungika ibidandazwa biri mu bisadugu vy’ivyuma binini cane birenga imiliyoni 11,1. Kiza imbere mu bindi bivuko vyo muri Afirika no mu karere ka Mediterane mu bijanye n'ubwinshi bw'ivyo bisandugu bihaca, kikaba kandi kiri mu bivuko 20 vya mbere kw'isi mu bijanye n’ivyo bikorwa. Kirazwi kandi ku buryo kirangura neza ibikorwa vyaco no ku bushobozi gifise bwo kwakira amashirahamwe mpuzamakungu akomeye akora ivy'ubwato butwara ibidandazwa. Aho ico kivuko giherereye ni kimwe mu bintu bikomeye bituma gitera imbere. Giherereye hafi y'Umuhora wa Gibraltar, hahurira inzira zikomeye z'ubwato zihuza ibahari Atlantike n'inyanja Mediterane. Gishobora kurungika ibidandazwa mu bivuko 180 biri mu bihugu 70. Ivyo bituma kiba inzira ihambaye yo kwinjiza no gusohora ibidandazwa mu bucuruzi mpuzamakungu. Urwo rugendo rwarahaye kandi Umukuru w'Igihugu c'Uburundi akaryo ko kwihweza inyubakwa z'ico kivuko n'akarere kadasanzwe giherereyemwo. Ari aho, yarashoboye kubona neza umuhora wa Gibraltar hamwe n'inkengera z'igihugu ca Esupanye, kiboneka hakurya y'amazi. Ivyo bikerekana ukuntu Afirika n'Uburaya vyegeranye, hamwe n'uruhara rukomeye iyo nzira yo mu mazi ifise mu guteza imbere imigenderanire n'ubudandaji hagati y'iyo migabane ibiri. Urwo rugendo rwafashije rero Umukuru w'Igihugu gutahura neza uburambe n'ubumenyi Maroke imaze kugerako mu guteza imbere inyubakwo z'ibivuko, gutunganya neza ibikorwa vyo gutwara ibidandazwa, kwiyegereza amasoko mpuzamakungu no kworohereza uruja n'uruza rw'ibidandazwa. Ivyo vyose ni ibintu bihambaye mu migambi yo guteza imbere ubutunzi no gukomeza ugufashanya hagati y'ibihugu vyo mu karere.
4
8
14
743
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Le Chef de l’État, Félix-Antoine Tshisekedi, a reçu ce mercredi, à la Cité de l’Union africaine, le ministre burundais des Ressources minières, énergétiques, de l’Industrie, du Commerce et du Tourisme, le Dr Hassan Kibeya, émissaire du Président du Burundi, Évariste Ndayishimiye. Les échanges ont porté sur le renforcement de la coopération économique entre la RDC et le Burundi, notamment dans les secteurs des mines, de l’énergie et du commerce. À l’issue de l’audience, le Dr Hassan Kibeya a souligné la volonté des deux pays de bâtir « un partenariat mutuellement avantageux et de promouvoir des projets créateurs de richesses au bénéfice des populations de la RDC et du Burundi ».
27
109
5
391
55,379
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Au Maroc, Son Excellence Évariste Ndayishimiye, a pris part, ce mercredi 25 novembre 2026, à Tanger, dans le royaume du Maroc, à la cérémonie officielle d’ouverture de la 18ᵉ édition du Forum international MEDays, organisée sous le thème : « Monde fragmenté : le temps des choix ». À cette occasion, le Chef de l’État a reçu le Grand Prix MEDAYS 2026, décerné par l’Institut Amadeus, en reconnaissance de son engagement en faveur de la paix, de la stabilité et de la coopération entre les nations. Il a accueilli cette distinction avec humilité, exprimant sa profonde gratitude au Président fondateur de l’Institut Amadeus et à son équipe, au nom également du peuple burundais.
28
72
3
104
5,874
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
L’Institut Amadeus vient de décerner le Grand Prix MEDays 2026 à SE @GeneralNeva, Président du Burundi et Président en exercice de l’@_AfricanUnion en signe de reconnaissance pour sa contribution aux efforts de paix en Afrique. The time of strategic choices for Africa is now.
22
48
3
83
11,716
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Au Maroc :le Président du Burundi,Son Excellence Évariste Ndayishimiye visite le port Tanger Med Dans le cadre de sa visite au Maroc, le Président de la République du Burundi, Son Excellence Évariste Ndayishimiye, a effectué une visite guidée au complexe portuaire Tanger Med, l’un des principaux pôles maritimes et logistiques du commerce international. Cette visite lui a permis de voir les infrastructures, les capacités opérationnelles de ce port ainsi que son rôle stratégique dans les échanges commerciaux entre l’Afrique, l’Europe et le reste du monde. Accueilli et accompagné par le Commandant du port M. Kamal Lakhmass, le Chef de l’État burundais a suivi une présentation détaillée sur le fonctionnement du complexe portuaire, ses performances, ses perspectives de développement et les facteurs qui sont à la base de sa compétitivité à l’échelle internationale. Au cours de cette présentation, il a été dit que Tanger Med dispose de quatre terminaux à conteneurs, d’un terminal dédié aux hydrocarbures, d’installations pour les marchandises diverses, les véhicules ainsi que d’un port réservé aux passagers et aux navires rouliers. L’ensemble de ces infrastructures s’étend sur environ 1 000 hectares et bénéficie d'une connexion avec les réseaux routiers, ferroviaires et autoroutiers. Le Président Ndayishimiye a également été informé sur l'importance des marchandises qui transitent par ce port. Il s’agit notamment des produits industriels et agroalimentaires, des véhicules, des hydrocarbures, des matières premières et d'autres marchandises transportées dans des conteneurs. Ces activités font de Tanger Med une plateforme essentielle pour les importations, les exportations et le transbordement des marchandises. Sur le plan économique, le responsable du port, M. Kamal Lakhmass, a souligné la contribution majeure de Tanger Med à l'économie nationale, en soulignant que ses activités génèrent environ 15 % du Produit intérieur brut (PIB) du Maroc. Il a également mis en avant le dynamisme de l'industrie automobile marocaine, qui, selon les explications fournies au Chef de l'État, atteint une cadence de production d'un véhicule toutes les trente secondes. Ces performances illustrent les retombées des investissements dans les infrastructures, la logistique et l'industrialisation, ainsi que les synergies entre les activités portuaires et le développement industriel du Royaume. En matière de performances, le complexe portuaire a traité plus de 11,1 millions de conteneurs EVP en 2025. Il occupe la première place en Afrique et en Méditerranée pour le trafic de conteneurs et figure parmi les vingt premiers ports mondiaux dans ce domaine. Il est également reconnu pour son efficacité opérationnelle et sa capacité à accueillir les grandes compagnies maritimes internationales. Sa position géographique constitue l'un de ses principaux atouts. Situé à proximité du détroit de Gibraltar, à la croisée des grandes routes maritimes reliant l'Atlantique à la Méditerranée, le port dessert quelque 180 ports répartis dans 70 pays. Cette ouverture lui permet de constituer une porte d'entrée et de sortie stratégique pour les échanges commerciaux internationaux. La visite a également permis au Président burundais d'apprécier les installations portuaires et leur environnement géographique exceptionnel. Depuis le site, il a pu contempler directement le détroit de Gibraltar ainsi que les côtes espagnoles, visibles sur l'autre rive, illustrant la proximité entre les deux continents et l'importance de cette voie maritime dans les relations économiques entre l'Afrique et l'Europe. Cette visite a ainsi permis au Chef de l'État de mieux appréhender l'expérience marocaine en matière de développement des infrastructures portuaires, de logistique, de connectivité internationale et de facilitation des échanges commerciaux, autant de domaines qui occupent une place importante dans les stratégies de développement économique et d'intégration régionale.
4
52
74
7,526
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
En marge du Forum MEDays organisé au Royaume du #Maroc, la Première Dame SE Angeline Ndayishimiye @Burundi1stLady a effectué une visite au Cap Spartel et aux Grottes d’Hercule, deux sites emblématiques de Tanger. Cette découverte lui a permis de d'apprécier la beauté naturelle et la richesse historique de cette région du Royaume. La Première Dame a également visité le Musée Ibn Battouta (Borj En-Naâm) de Tanger consacré à la mémoire du célèbre voyageur marocain Ibn Battouta. Cette visite lui a permis de découvrir davantage le riche patrimoine historique et culturel du Maroc.
1
25
39
3,245
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Participation à la 43ėme Session extraordinaire de l'Assemblėe de l'OACI tenue du 19 au 20 novembre à Montréal, Québec-Canada
2
1
132
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
#FlambeauDeLaPaix2026 Dans les communes de #Matongo et #Muhanga de #Butanyerera, les activités de ce lundi 23 novembre 2026 ont porté sur la construction des bâtiments qui vont abriter les bureaux des administrateurs communaux. facebook.com/share/v/1GwXc5x…
2
4
191
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Itangazo rijanye n’urugendo Nyenicubahiro @GeneralNeva, Umukuru w’igihugu c’Uburundi akaba n'Umukuru w'ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afirika, agiyemwo i Tanger mu Bwami bwa Maroke, kuri uyu wa 24 Munyonyo 2026, kugira yitabe ibikorwa vy’ihuriro mpuzamakungu MEDays, ritunganijwe ku ncuro ya 18.
26
37
1,423
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Le Président de la République du #Burundi et Président en exercice de l’Union africaine, Son Excellence Évariste Ndayishimiye, accompagné de la Première Dame, est arrivé ce mardi 24 novembre 2026 dans la matinée à Tanger, au Royaume du #Maroc. À sa descente d’avion, il a été reçu par M. Brahim Fassi Fihri, Président fondateur de l’Institut Amadeus et du Forum MEDays. À l’hôtel Mövenpick, les étudiants burundais au Maroc lui ont ensuite réservé un accueil chaleureux. Le Chef de l’État prendra part à la 18ᵉ édition du Forum international #MEDays2026, placée sous le thème « Monde fragmenté : le temps des choix », du 25 au 28 novembre au Palais des Arts et de la Culture de Tanger.
5
68
2
118
22,170
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
On the sideline of CPHIA 2026, met President Évariste Ndayishimiye of Burundi and Chairperson of the African Union. Building upon the momentum of our recent engagements, the meeting provided an opportunity to revisit our shared priorities, expand bilateral cooperation, and advance our common regional and continental agenda. @GeneralNeva
30
196
6
576
20,545
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Communiqué relatif au voyage de Son Excellence @GeneralNeva, Président de la République du #Burundi et Président en exercice de l'@_AfricanUnion , à #Tanger , au Royaume du #Maroc, ce 24 novembre 2026, pour prendre part aux travaux de la 18ᵉ édition du Forum mondial MEDays.
1
49
68
14,768
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Umukuru w’igihugu c’Uburundi akaba n’Umukuru w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afirika, Nyenicubahiro @GeneralNeva, ari kumwe n’Umutambukanyi wiwe, yashitse mu gisagara ca Tanger mu bwami bwa Maroke, mu gitondo co kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 24 Munyonyo 2026. Akiva mu ndege, yakiriwe na Nyakwubahwa Brahim Fassi Fihri, umukuru w’ikigo Amadeus hamwe n’ihuriro MEDays, akaba ari nawe yabitanguje. Mu nyuma, yakiranwe igishika cinshi n’abanyeshure b'Abarundi biga muri Maroke, ku Nyubakwa y’Abashitsi Mövenpick. Umukuru w’igihugu azotera iteka ibikorwa vy’ihuriro mpuzamakungu MEDays ku ncuro igira 18, rizoba kuva aho bukera igenekerezo rya 25 rikazoshika ku wa 28 Munyonyo 2026, ku Ngoro y’imico n’akaranga y’i Tanger, rikaba rifise icivugo kigira giti: « Isi yaracitsemwo ibice: igihe co gufata ingingo ».
4
26
45
3,014
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
Umukuru w’igihugu c’Uburundi akaba n’Umukuru w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afirika, Nyenicubahiro @GeneralNeva, ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro @Burundi1stLady, yashitse mu gitondo co kuri uyu wa 23 Munyonyo 2026, mu gihugu ca Etiyopiya, aho agiye gutera iteka ihuriro mpuzamakungu rigira gatanu ryerekeye amagara y’abantu muri Afirika. Yakiriwe ku kibuga c’indege mpuzamakungu ca Addis Abeba na Nyenicubahiro Awelu Abdi, Umushikiranganji ajejwe Abakozi n’Ubushobozi, mu munezero n’akanyamuneza. Icivugo c’iryo huriro mpuzamakungu ry'uyu mwaka w'2026 kigira giti : «Umutekano n’ukwigenga kwa Afrika mu bijanye n’amagara y’abantu: kuva ku gutega amashi abandi no kutagira ubushobozi bwo kwikingira, gushika ku kugira ubushobozi bwo kwibako no guhangana n’ibiza vyo hungabanya amagara y’abantu.»
2
25
35
1,735
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
En marge de la Conférence sur la santé publique en Afrique (#CPHIA2026), j'ai eu un entretien fructueux avec mon frère, S.E. Dr Abiy Ahmed Ali (@AbiyAhmedAli), Premier ministre de la République fédérale démocratique d'Éthiopie. Dans le prolongement de nos récents échanges, nous avons passé en revue nos priorités partagées et convenu d'élargir davantage la coopération bilatérale entre le #Burundi et l'Éthiopie, au bénéfice de nos deux peuples. Nous avons également échangé sur les moyens de faire progresser notre agenda commun aux niveaux régional et continental, notamment en matière de santé publique, d'intégration africaine, de paix et de développement durable, dans l'esprit de l'Agenda 2063 de l'Union africaine. Le Burundi demeure pleinement engagé aux côtés de l'Éthiopie pour une Afrique unie, prospère et souveraine.
72
182
4
460
35,732
Jean-Claude Nshimirimana retweeted
À l'ouverture officielle de la #CPHIA2026 à Addis-Abeba, le Président de la République du #Burundi et Président en exercice de l'@_AfricanUnion, S.E. @GeneralNeva, a rappelé qu'il n'y a pas de système de santé sans les femmes et les hommes qui le font vivre. Il a appelé les pays à former davantage, à mieux protéger et à retenir les médecins, les infirmiers, les sages-femmes, les chercheurs et, tout particulièrement, les agents de santé communautaire. Il a exhorté les États membres de l'@_AfricanUnion à accroître les financements domestiques de la santé et à honorer leurs engagements, et invité les partenaires bilatéraux à aligner leurs appuis sur les priorités sanitaires définies par les pays africains. Un message au cœur du thème de la conférence : la sécurité et la souveraineté sanitaires de l'Afrique. Le Président de la République du #Burundi et Président en exercice de l'@_africanUnion Son Excellence @GeneralNeva, a été honoré à cette occasion, d’un prestigieux prix en reconnaissance de son leadership et de son engagement en faveur de la transformation des systèmes de santé en Afrique.
1
65
1
101
9,801