Province Rumonge (@RumongeProvince) header
Province Rumonge (@RumongeProvince) profile picture

Rumonge est la plus jeune province du Burundi, créée par la Loi du 26-03-2015, 18ème province. Elle est sur la côte qui borde le Lac Tanganyika sur plus de 60km

Burundi
Joined August 2016
Photo by Province Rumonge (@RumongeProvince)Photo by Province Rumonge (@RumongeProvince)Photo by Province Rumonge (@RumongeProvince)Photo by Province Rumonge (@RumongeProvince)Photo by Province Rumonge (@RumongeProvince)Photo by Province Rumonge (@RumongeProvince)Photo by Province Rumonge (@RumongeProvince)Photo by Province Rumonge (@RumongeProvince)Photo by Province Rumonge (@RumongeProvince)Photo by Province Rumonge (@RumongeProvince)
#Burundi Umusi Mukuru w'ukwikukira kw'Uburundi wahimbajwe mu ma Komine yose agize Intara ya Rumonge kuri uyu wa 1/7/2025. Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge akaba yifatanije n'abenegihugu bo muri Komine Rumonge. Imbere y'uko ashikiriza abenegihugu @MininterInfosBi
1
1
127
ijambo nyamukuru ryarungitswe na Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu ciza c'Uburundi, Gnl Mjr Evariste NDAYISHIMIYE, Buramatari yatanguye gushimira abenegihugu arongoye kw'iteka baheruka kwitera mu matora yo kuwa 05/06/2025 aho bunviye akamo batewe n'Indogozi bakaja hamwe
1
70
#Burundi WAKERA HOUSE(Maison de Passage) y'umudiaspora Charles NDAYISENGA aba muri USA yubatswe ku Mutumba Mugomere,Zone&Komine Rumonge niyo yuguruwe ku Muhingamo wo kuri uyu wa 29/06/2025 na Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe n'izindi @MininterInfosBi
1
248
ndongozi mu Ntwaro uhereye kuri Augustin MINANI, Musitanteri wa Komine Rumonge. Mw'ijambo ryiwe, Buramatari yashimiye yongera aratera intege iyo Mvukira yemeye kuza kwifadikanya n'abandi banyarumonge gushira mu ngiro Imbonakazoza y'Uburundi
1
62
#Burundi Gusuzuma ishirwa mu ngiro y'ivyafuditswe mu Nama yo kuwa 10/03/2025,Kubungabunga ivyiza vyavuye mu Matora yo kuwa 05/06/2025 n'utuntu n'utundi nivyo vyari bigize Inama Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge yakoresheje Indongozi z'Amashengero @MininterInfosBi
1
1
106
n'amadini akorera mu mitumba yose igize Intara kuri uyu wa 23/06/2025 muri Tanganyika Lake House. Bimwe Inama yishimira bimaze kuja mu ngiro imaze guhanahana ivyiyunviro yashimye ni integuro nziza yaranze amatora y'abajenama ba Komine n'abashingamateka aheruka kuba aho
1
16
#Burundi Léonard NIYONSABA, Buramatari w'Intara ya Rumonge yifatanije n'abakristo bo muri Paroisse Catholique Rumonge mu birori vyo guhimbaza Umusi mukuru w'Isakaramentu ryeranda vyari birongowe na Mgr Salvator NICITERETSE, Umwungere Mukuru wa Diocèse Bururi kuri
1
4
8
955
uyu wa 22/06/2025. Urugendo rw'Isakaramentu ryeranda rwatanguye inyuma y'Inkuka ya Misa yasomwe n'Umwungere mukuru mw'Ikambi ry'Igisirikare ryo ku Rukinga (411ème Bn Inf) ruca rubandaniriza kuri Stade Rumonge ahabereye Igisabisho c'umuhezagiro
49
#Burundi Mu Gitondo Co kuri uyu wa 22/6/2025,Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe na Felix KANTUNGEKO,umuhanuzi ajejwe Intwaro n'Ubutunzi mu Biro iwe yavyutse kwifadikanya n'abanyeshure biga kuri Lycée Rumonge mu Gikorane co gushimira Imana @MininterInfosBi
1
67
kirangiza Umwaka w'Ishure 2024-2025 cama kiba buri mwaka w'Ishure. Mu mpanuro ziwe ,Buramatari yasavye abanyeshure ibi bikurikira: 1️⃣Kugira iyerekwa rikomeye mu buzima bwabo riva ku Mana Mushobora vyose; 2️⃣Gusenga no kwiga cane: Basenga bakora, bakora basenga;
1
34
#Burundi Léonard NIYONSABA, Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe na Rev Pasteur Schadrack NDAYISENGA, Umwungere Mukuru w'Ishengero GOLOGOTHA H-UMUKIZA mu Burundi basozeye Amasengesho yo gushima Imana no gusengera abenegihugu n'Igihugu yari amaze imisi itanu (5) ariko abera
1
2
2
942
kuri Stade Rumonge yateguwe n'iryo Shengero ku Muhingamo wo kuri uyu wa15/06/2025 Mw'ijambo ryiwe, Buramatari yarashimiye cane Indongozi z'Ishengero zateguye ico gikorane kuko kabaye akaryo keza ko gushimira Imana ingene Amatora yo kuwa 05/06/2025 yabaye mu mahoro n'umutekano
1
1
1
55
#Burundi Kuri PAROISSE UMWUNGERE MWIZA iri ku Mutumba Rutumo, Zone Minago, Komine Rumonge niho Mgr Pedaçuli BIRAKENGANA, Umwepisiko wa Diocese Anglican Rge yatangiye Amasakaramento yo gukomeza (Confirmation) bamwe mu bakristo bahahuriye bavuye mu ma Paroisse @MininterInfosBi
1
2
2
460
Rutumo,Magara na Mugere kuri uyu wa 15/06/2025. Ibirori bika vyari vyatewe inteka n'Indogozi zitandukanye uhereye kuri Leonard NIYONSABA, Buramatari w'Intara ya Rumonge. Imberey'uko akora ibikorwa, Mgr Pedaçuli BIRAKENGANA yatanguye gushimira Abajejwe Intwaro ukuntu bakorana
1
30
#Burundi Ku Muhingamo wo kuri uyu wa 11/06/2025, Kuri Stade Rumonge, Léonard NIYONSABA, Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe na Alphée HAVYARIMANA, Umugenduzi w'Inzandiko ndangamuntu mu Ntara yuguruye Igikorane kizomara imisi itanu (5) co gushima no gusenga @MininterInfosBi
1
201
Imana ku civugo kivuga giti:< Ku Mana vyose birashoboka>(Mariko10:27) kikaba categuwe n'Ishengero GOLOGOTHA HUMUKIZA rishigikiwe n'Urunani rw'amashengero akorera mu Ntara. Mw'ijambo ryiwe, Buramatari yatanguye gushima no gutera intege Amashengero n'amadini akorera mu Ntara
1
20
#Burundi Kuri uyu wa 07/06/2026,Léonard NIYONSABA, Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe n'izindi ndongozi yifatanije na Mgr Pedaçuli BIRAKENGANA ,Umwepisiko wa Diocese Anglican Rumonge aho yari yagiye guhimbariza UMUSI MUKURU wa PENTECOTE muri Paroisse @MininterInfosBi
1
1
2
300
Ebenezer iri ku Mutumba Cabara,Zone Kirwena, Komine Rumonge. Kari n'akaryo keza aho yariko atanga Amasakaramento yo gukomeza(Confirmation) abakristo bangana(111) hamwe no kwakira Abakenyezi bangana (5) mu Muhari wa Mother's Union. Imbere y'uko atanga insiguro y'Ijambo ry'Imana,
1
25
#Burundi Mu Gitondo Co kuri uyu wa 06/06/2025,Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe n'izindi ndongozi yazindutse kwifadikanya n'umuryango w'aba Islam guhimbaza Umusi mukuru w'Intama EID EL ADHA. Mw'ijambo ryiwe, Buramatari yatanguye @MininterInfosBi @Ccomibu
1
5
7
662
gushima no gukeza Umuryango wa Islam k'ubumwe n'urukundo biriko biraranga aba nyamuryango hamwe n'ingene bariko baritanga mugushira mu ngiro Imbonakazoza y'Uburundi 2040&2060. Yarangije asavye aba Islam Kubandanya bitanga mugushira mu ngiro ibi bikurikira:
1
1
1
112
#Burundi Dans le Cadre du Projet Paix et Réconciliation(PPR), Léonard NIYONSABA, Gouverneur de la Province Rumonge en Collaboration avec Mgr Salvator NICITERETSE, Evêque du Diocèse Catholique Bururi, a organisé un atelier à l'intention des responsables @MininterInfosBi
1
5
5
574
administratifs, pôlitiques et religieux sous le thème central : <Le Rôle des Responsables Administratifs, Pôlitiques, Religieux pour un Burundi Prospère, Paisible et Reconcilié> ,ce Mardi, le 03/06/2025 à NIYIBITURONSA HOTEL/Rumonge. Au cours de cet atelier, 3 thèmes ci-dessous
1
15
#Burundi Les élèves des classses des 9èmes de la Province Scolaire de Rge ont commencé à faire le Concours National, Edition 2025,comme s'était prévu ce lundi le 26/5/2025. Ds tous les centres où Léonard NIYONSABA, Gouverneur de la Province Rge a passé, la situation était normale
1
1
80
#Burundi Inama ku ndongozi mu Ntwaro,ibisata bitandukanye, Imigambwe, amashirahamwe,amakoperative,Amashengero n'amadini igira gatatu(3) muri rwa rukurikirane rw'Inama, Léonard NIYONSABA, Buramatari w'Intara ya Rumonge,ariko akoreshereza mu ma Komine, kuri uyu @MininterInfosBi
1
6
6
299
wa 08/05/2025 yabereye ku murwa mukuru wa Komine Bugarama. Inyifato ibereye no kuguma ku bikorwa vy'iterambere nivyo nshimikiro z'izi nama. Abari mu Nama bamaze guhanahana ivyiyunviro bifatiye ku Kirangamisi cashizwe ahabona na CENI haciye hafundikwa ingingo zikurikira:
1
1
1
16
#Burundi Inama ku ndongozi mu Ntwaro,ibisata bitandukanye, Imigambwe, amashirahamwe,amakoperative,Amashengero n'amadini igira kabiri muri rwa rukurikirane rw'Inama, Léonard NIYONSABA, Buramatari w'Intara ya Rumonge,ariko akoreshereza mu ma Komine, @MininterInfosBi
1
6
7
523
kuri uyu wa 07/05/2025,Inama yabereye ku murwa mukuru wa Komine Rumonge. Inyifato ibereye no kuguma ku bikorwa vy'iterambere nivyo nshimikiro z'izi nama. Abari mu Nama bamaze guhanahana ivyiyunviro bifatiye ku Kirangamisi cashizwe ahabona na CENI haciye hafundikwa ibikurikira:
1
1
1
16
#Burundi Inyifato ibereye no kuguma ku bikorwa vy'iterambere nivyo vyaranze Inama, Léonard NIYONSABA, Buramatari w'Intara ya Rumonge, ari kumwe n'izindi ndongozi, yakoresheje Indongozi zo mu Ntwaro,ibisata bitandukanye, Amashengero n'amadini, Imigambwe, @MininterInfosBi
2
9
11
444
amashirahamwe kuva ku mitumba gushika ku rwego rwa Komine. Iyo nama yabereye ku murwa mukuru wa Komine Burambi kuri uyu wa 06/05/2025.Abari mu Nama bamaze guhanahana ivyiyunviro bifatiye ku Kirangamisi cashizwe ahabona na CENI haciye hafatwa ingingo zikurikira:
1
26
#Burundi Umusi mukuru Mpuzamakungu wahariye abakozi n'akazi, ku rwego rw'Intara, wahimbarijewe mu Gisagara ca #Rumonge kuri uyu wa 01/05/2025 Ibirori bikaba vyari bihagarariwe na Leocadie NDACAYISABA Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo guhanahana amakuru @MininterInfosBi
1
12
15
662
akaba ariwe yashikirije ijambo yarungikanywe na Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu ciza c'Uburundi ku civugo c'umwaka w'2025 kivuga kiti :<Muri uyu mwaka w'umunyamwete ,Murundi wese, gira ico ukoze kugira Uburundi bushike kw'ihangiro ry'Igihugu giteye imbere>.
1
3
2
99
#Burundi Zimwe mu Mpanuro zatanzwe na Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge mubirori vyo kwibuka Nyakwigendera Cyprien NTARYAMIRA yahoze arongoye Igihugu cacu vyabereye mu Gisagara ca Rumonge kuri uyu wa 07/04/2025 mu ntumbero yo kugendera @MininterInfosBi
1
11
13
998
iragi yadusigiye ni izi zikurikira: 1️⃣Kwubaha no kwubahiriza Amabwirizwa, Amategeko y'Igihugu, Umwenegihugu hamwe n'agataka k'Uburundi; 2️⃣Kwunva no kwunvira intumbero n'impanuro duhabwa n'Indogozi zizwi n'amategeko kugira dushobore gushika kw'ihangiro ry'Igihugu cifashe
1
23
#Burundi Ku muhingamo wo ku wa 04/04/2025, niho Umugiraneza Doctor Sheikh Ndamuzanye Majuto aherekejwe n'umukuru wa #COMIBU mu ntara ya Burunga Rajdabu Amissi ben'umukuru w'aba sheikh mu ntara ya Rumonge Sheikh Salum Bijeje yatanze ubugira kabiri imfashanyo @MininterInfosBi
1
4
6
352
igizwe n'umuceri ,ibiharage , isukari, umunyu n'isabuni ku mpunzi z'aba nyecongo ziri mu kigo co ku mutambara,komine n'intara ya Rumonge. Akaba yitavye kandi akamo katewe na Nyakwubahwa Buramatari w'intara ya Rge Léonard NIYONSABA ko kuza kugarukira kurizo mpunzi z'abanyecongo.
1
2
2
34
Muri Diocèse Anglican Rumonge hahimbajwe Umusi mukuru wahariwe Abakenyezi bari muri Mother's Union kuri uyu wa 30/03/2025.Ibirori bikaba vyari vyatewe iteka na Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe n'izindi ndongozi. @MininterInfosBi
1
7
7
403
Mw'ijambo ryiwe isunze Icivugo cashikirijwe kiboneka muri Yesaya56:1 hamwe n'icivugo cashikirijwe n'Igihugu ku bakenyezi muri kuno kwezi kwa Ntwarante2025. Zimwe mu mpanuro yatanze ni izi zikurikira: |)Abanywanyi ba Mother's Union bahamagariwe kuba akororero keza mu miryango,
1
18
Mu Gitondo co kuri uyu wa 30/03/2025 Léonard NIYONSABA Buramatari w'Intara ya Rumonge ari kumwe n'izindi ndongozi yifatanije n'umuryango w'aba Islam guhimbaza Umusi mukuru urangiza amasengesho bari bamazemwo ukwezi witiriwe *EID MUBARAK* @MininterInfosBi @Ccomibu
1
8
14
578
Mw'ijambo ryiwe, Buramatari yatanguye kubakeza aca abasaba ibi bikurikira: 1️⃣Gusangira ivyabonetse no kubandanya bibuka abatishoboye; 2️⃣Kwitegurira neza Amatora bari ku kivi; 3️⃣Guterera bimwe biboneka mu gutunganya neza Igisagara ca Rumonge;
1
1
2
83